N’akababaro kenshi, Emelance arababazwa kuba inakuru yasezeye isi atabonye ico indirimbo yamwandikiye zamumariye. Indirimbo Yambogorera ngo niyo Emelance emmy akunda gusumba izindi ndirimbo yaririmvye, ivyo akaba aheruka kubishikiriza mu kiyago yagiranye na mugenzi wacu Spok’s man. Muri ico kiyago, uwo muririmvyikazi asanzwe akora umudiho wa Tradi-moderne, avuga ko iyo ndirimbo hampande yuko yamufashije kuronka ubushimwe […]
↧