Sat-b yumvikanye mu karirimbo aho agaruka ku bamutunga urutoke ko asigaye ahangara abakomeye, ako kakaba ari kamwe muri 3 twashizwe ahabona uno musi turi kw’izina ryiwe. Mu gihe yarashize ahabona akaririmbo gashasha Karabarya, uwo muririmvyi yashiriwe ahabona 2 mu turirimbo twiwe vyumvikana ko tutari bwahere. Muri utwo turirimbo hakaba harimwo ako yagarutse kubamuvugako ibi na […]
↧