Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#Indundi Music|I Don’t Care By Linah Blanche

1,228 total views, 0 views today

View Article


Kuba B face afise abavyeyi ntivyamubujije kubona amabi ashikira impfuvyi

Amashirahamwe afasha abana bo mw’ibarabara ngo bagerageza kugira abo bana bave muri iryo barabara, ariko ngo n’abandi barundi nibashiremwo ukuboko. B face ngo naho we yagize ibakwe ry’ukuja Ku ntebe...

View Article


Lolilo asigaye ar’umuhuza w’abakundana

  Lolilo avuga ko mu bibazo vyari hagati y’umugenzi wiwe n’umugore wiwe ngo niho yakuye akaririmbo Dede waheruka gusohora. Akaririmbo Dede ka Lolilo ngo katurutse mu bibazo vyari mu bubakanye, ivyo...

View Article

Mkombozi arashimira Radio Isanganiro kuvyo yamufashije

  Naho yamufashije cane, Mkombozi ngo ntiyasubiriye kwumviriza Isanganiro cane nkuko yabikora ataraba umu Star. Mu gihe insamirizi Radio Isanganiro iriko ihimbaza imyaka 16 imaze isamiranira I...

View Article

Aba DJ 2 muri 7 barahiye ko batazitabira ico giteramo

Mu gihe ico giteramo bashaka kuzokwerekana ubushobozi bw’abaririmvyi ndundi, aba DJ 2 muri 7 bavuga ko bazitabira ico giteramo babihakanye ko batazohashika. Aba DJ 2 muri 7 bashizwe Ku rupapuro...

View Article


Diamond yeretse abahagaritse indirimbo aho akura ikori ry’umurengera aha leta

Diamond yeretse abamwugariye indirimbo Mwanza ikori atanga muri leta, anabereka ko izo bugaye ngo arizo zimuha akaryo ko kuyaronka. Mu gihe aheruka guhagarikirwa indirimbo yiwe nshasha, Mwanza, Diamond...

View Article

Emelance ngo ashobora kutagira amahirwe naho yakoze vyiza

Ngo naho yasohoye akaririmbo koserukira Uburundi mu makungu, Emelance ashobora kutagira amahirwe yo kuvugirizwa cane iyo ndirimbo. Mu gihe muri ino misi ata kindi kivurwa Atari akaririmbo Hari vyinshi...

View Article

Mama wa Steven Sogo gucika intege ntavyerekwa

Naho imyaka yariko iramujana, umuvyeyi wa Steven Sogo ntiyacitse intege gushika aronse impamya bushobozi y’ubucamanza. Naho ngo yarasanzwe akora akazi k’ukwigisha, uwo muvyeyi wa Steven Sogo ngo...

View Article


Audio ya Fye niyo Big Fizzo yakoreye amasanamu?

Akandi karirimbo kava muri Bantu boy ent ngo buca gashirwa ahabona, ariko ntiharamenyekana nimba kazosohokana n’amasanamu. Mu gihe hitezwe akaririmbo gashasha ka Big Fizzo bise Fye, nta wuramenya neza...

View Article


Double Jay yavuze kuri Collabo yakoranye n’umunyamahanga

Naho aheruka kuboneka n’ukwumvikana mu karirimbo yakoranye n Elly’s boy, ngo imbere yuko umwaka uhera nta kandi karirimbo yakoranye n’umuntu azosubira kwumvikanamwo. Indirimbo yakoranye n’abandi...

View Article

Hoba hari igipfungu mw’isohoka ry’akaririmbo Sat-b yakoranye na Meddy

Naho ata vyemezo biraboneka, ngo isango Sat-b yatanze ko hazosohokerako indirimbo yakoranye na Meddy, rishobora gusohokerako iyindi ndirimbo. Mu gihe imisi isigaye iharurwa Ku ntoke kugira igenekerezo...

View Article

Umuco k’ukutaboneka kwa Mobile number kuri YouTube ya Elly’s boy

Mu gihe twaheruka kubabwira ko tutaramenya icoba catumye akaririmbo Mobile number ka Elly’s Boy kaboneka Ku rubuga rwa YouTube rwa Double Jay, hari uwatanze kimwe mubishobora kuba vyabitumye. Ukubuka...

View Article

Prince Mshindi n’ubusage yahawe umwanya w’ugutanga ubutumwa atarinze kuririmba

Naho afise ubusange buterekwa n’amasengero atari make, Prince Mshindi azwi nk’umuririmvyi nawe yahawe akanya ko kuvuga ubutumwa adacishije mu muziki. Hari abibajije ko yoba yabaye umuvugabutumwa, uwo...

View Article


Collabo ya Lolilo na Diamond ngo iramota

Naho adashikiriza igihe gisigaye, Lolilo ngo agiye gukorana akaririmbo na Diamond, ako ngo kazonaza kazananye n’amasanamu yako. Hari indirimbo nshasha ya Lolilo na Diamond ngo yoba iriko irategurwa...

View Article

Diamond yibwe imigufu y’agaciro ka miliyoni 40, avuga kw’ari Imana yabishatse

Mu gace kitwa Mtwara, Diamond yibwe imigufu ifise agaciro k’imiliyoni 40, ababarira uwayimutwaye avuga ko Imana ariyo yashatse ko ayitangako ishikanwa. Mu gihe yari mu giteramo mu gace kitwa Mtwara...

View Article


Indirimbo za Gn ngo ntizagenewe abo mu masengero

  Mu gihe amwe amwe mu masengero baterekwa ibikorwa vya Gn na bagenziwe kubera imidiho bakoresha mu kuririmba, nawe yavuze ko indirimbo ziwe zitavugijwe mu rusengero ata kibazo bimutera. Abaronderwa...

View Article

Ivya Alikiba atashatse ko bija ahabona vyatamenyekanye

Naho ataco yari bwabivugeko uretse kwemerera hari ico ariategura, hatanguye kuzunguruka Video yafatiwe Kahama aho yari mu mpera z’ino ndwi. Mu gihe haharurwa imisi mike ngo umwaka urangire, Alikiba ngo...

View Article


Double jay yarahiye ararengwa ko ataririmba nka Sat-b

Mu gihe bamubaza ivy’uko yoba aririmba nka Sat-b yabihakanye, nayo akabivuga ngo n’uburenganzira bwabo kubishikiriza. Uwuvuga ko double Jay aririmba co kimwe na Sat-b ngo yoba yibeshe kandi ntiyoba...

View Article

Ukuri kuri Video bivurwa ko Natacha yariko atwenga Big Fizzo

Mu gihe hari Video yarigize igihe ihererekanwa ku mbuga ngurukanabumenyi ibonekamwo Natacha ariko aratwenga, bakayiherekeza amajambo aho bavuga ko ngo yoba yariko atwenga umuririmvyi Big Fizzo kuko ngo...

View Article

Preeze ngo ntiyiteze gukorana na Fizzo na Bobona gusa

Imisi isigaye kugira akaririmbo Cakira Preeze yakoranye na Big Fizzo gashirwe ahabona ngo iharurwa Ku ntoke. Ako ngo kakaba ari kamwe mu zitari nke ariko akorana n’abandi muri kino gihe. Inyuma ya...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live