Natacha yerekanye umusore yamuhemukiye
Amasanamu yararindiranywe igishika cinshi n’abakunzi b’umuziki ndundi yamaze gushirwa ahabona, ayo nayo s’ayandi n’ay’akaririmbo Wangu ka natacha hamwe n’umugandekazi Sheebah. Ayo masanamu yashizwe...
View ArticleMu ndirimbo Big Fizzo na Mr Champagne baririmvye ngo baririmvye nabi
Amasanamu y’akaririmbo Big fizzo na Mr Champagne Wesho wesho bakoranye yamaze guheza gufatwa asigaje gushirwa ahabona, anho bamwe bavuga ko boba baririmvye nabi. Akaririmbo “Qu’est ce qu’il ya” ka...
View ArticleHoba hari akaririmbo T Max yakoranye na Nay wa Mitego
Inyuma ya Tunatwanga na Kupepeta, T Max ategura gushira ahabona akandi gashahsa naho acijijanya imitima ku yizosohoka ubwa mbere. Hoba hari utundi turirimbo inyuma y’akaririmbo Tunatwanga na Kupepeta...
View ArticleKim Frans records igiye kwugurura Label
Inyuma y’ukumara igihe ashigikira abaririmvyi bacaruka, Kimangu ubu yanzuye gushgikira abaririmvyi b’inzobere mu muziki. Label nshasha iri mu mimwe y’inzu y’ubuhinyanyuzi Kim Frans records ngo buca...
View ArticleUmukunzi wa Emery sun, Suzy Mars, arakitswe n’amagara
Suzy Mars yafashwe n’ingwara biba ngombwa ko yinjira Ibitaro kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 20 munyonyo. Umukunzi wa Emery sun, Suzy Mars, arakitswe n’amagara. Guhera kuri uyu wa mbere uwo mwigeme...
View ArticleUwobona Sal g ngo yohamagara umuryango wiwe agashimwe kabereye karateguwe
Umuryango n’abagenzi bararangisha Sal g kuko ngo yazimiriye mu gihugu ca Tanzania. Umuririmvyi Sal-g ngo yaburiwe irengero aho yarari mu gihugu ca Tanzania nkuko urupapuro rugize igihe rukwirakwizwa ku...
View ArticleAkaririmbo gashasha ka Kidum karamota
Hari akaririmbo ka Kidum kitezwe vuba cane nkuko yabishikirije ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Hampande y’amakuru ko Kidum ashobora guhimbariza Noel I Kigali, aheruka kwandika ku rubuga rwiwe wa Facebook...
View ArticleEd Naky yagize ibanga imigambi afise muri ino misi
Amezi ya mbere Ed naky amaze aha iwacu ngo yayamaze mu kuruhuka n’ukuramukanya, ariko ubu ngo agiye gutangura gushira ahabona ibikorwa. Ed Naky ngo aracasigaje amezi makeya I Bujumbura aho ari mu...
View ArticleIkizobeneka mu mashusho ya My Level, kitari kizwi kuri Ashley Diva
Ashley Diva yabonetse mw’ishusho io ty’amasegonda 15 ritangurira Clip Video ya My level akwega umusogoto w’itabi. Kuri uyu wa kabiri Ashley diva yashize ahabona ishusho rito ritangurira amasanamu...
View ArticleDudu Niyukuri aritezwe i Kigali mu giteramo “Intasho Album Launch”
Dudu rutumwako mu baririmba indirimbo zihayegiza Umukama muri kano karere bakomoka mu Burundi aritezwe i Kigali muri uku kwa 12 mu giteramo c’ugushira ahabona urukurikirane. Igenekerezo rya 10 kigarama...
View ArticleIvya Emery Sun na Ikoh vyahavuye bishirwa ahabona
Emery sun ngo aridegemvya ubu ntagihaurwa mu baririmvyi bakurikiranwa n’ishirwa Ikoh nkuko babishikirije ku rubuga rwa Facebook basanzwe bakoresha. Ishirahamwe Ikoh ryahavuye ishirahabona ko gushika...
View ArticleOprah yaje i Bujumbura asengerwa n’umuvyeyi w’uwahoze ari umugabo wiwe
Umuzo wa Oprah i Bujumbura aho yaraje kuraba abavyeyi ba Katauti, wahavuye uvamwo n’ugusengerwa n’ugusabirwa umugisha n’uwo muvyeyi w’umuhisi Katauti. Inyuma y’ukuja kuraba imva y’uwahoze ari umugabo...
View Article#indundi weekly Music | Top5 Week 47
1.Mi Na We By Matabaro | Download: 1069 | View :1957 2.Rema Wihangane By Jean Marie Muco | Download: 996 | View :169 3.KEBBY BOY – KIPOTABO feat BRUCE MELODY | Download: 821 | View :8791 4.Nihatari By...
View ArticleNdamuneglija niko karirimbo ka Preeze kitezwe kuri uyu wa gatanu
Akaririmbo kiyongera ku tundi nka Gasome ngo buca gashirwa ahabona, ku mihora itandukanye irimwo n’iyigurisha umuziki. Aho bukera akandi karirimbo gashasha k’umuririmvyi Preeze ngo buca gashirwa...
View ArticleComedy | Amafaranga 50 yakoze ibara
Kubera mafaranga 50, Masita yasutswe mu mazi akugwako ateka na Kabizi asanzwe akora akazi ko kujabutsa abantu inzuzi. Inyuma y’uruhererekane rw’ama Comedy yakorewe mu ntara ya Gitega aho abagize umurwi...
View ArticlePlatini yikoze mu gahogo mu karirimbo avugamwo Fizzo na Lolilo
Platini buca ashira ahabona akaririmbo kari mu mudiho wa Hip Hop yakoreye kwa Kim Frans, akaba avugamwo Lolilo na Fariouz. Mu gitigiri c’indirimbo King Platini buca ashira ahabona harimwo indirimbo...
View ArticleUku niko Thity Love yashimiye Imana kuba yamwongeye uwundi mwaka
Nta buhinga Thyti Love yashize mu kugira abashe kugera kuri uyu musi, nivyo yashikirije ku rubuga rwiwe rwa Facebook, ashima Imana. Ku musi w’ejo niho hari foto y’umuririmvyikazi Ahishakiye Thierryve...
View ArticleHamenyekanye umwigeme aheruka gukorana na Kidum
Ninny Zera niwe mwigeme yakoranye na Kidum akaririmbo buca gashirirwa ahabona amasanamu. Nkuko twari twabibamenyesheje mu makuru yacu aheruka ko umuririmvyi Kidum buca ashira ahabona akaririmbo...
View ArticleChris and Junior bagarutse ku musi w’ivuka ry’umwami Yezu
Chris and Junior bashize ahabona akaririmbo, aho bagaruka kw’ivuka ry’umwami Yezu, ku bakirisu, inyuma y’aho mu ntango z’umwaka bavuze ku gakobwa kari kagize igihe kagisibije. Inyuma y’Agacerere...
View ArticleUmuryango wa Fortran Bigirimana witeze ikindi kibondo
Umukama ngo buca ahezagiza umuryango wa Fortran Bigirimana uwundi mwana, uwo nawe akazoba ari umukobwa aje asanga musazawe Nathanael. Imisi ngo iharurwa ku ntoke ngo umuririmvyi Fortran Bigirimana...
View Article