Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Umukunzi wa Emery sun, Suzy Mars, arakitswe n’amagara

$
0
0
Suzy Mars yafashwe n’ingwara biba ngombwa ko yinjira Ibitaro kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 20 munyonyo. Umukunzi wa Emery sun, Suzy Mars, arakitswe n’amagara. Guhera kuri uyu wa mbere uwo mwigeme akaba abarizwa mu bitaro vya Sos mu nyakabiga. Amakuru dukesha abamwegereye avuga ko uwo mwigeme yoba yinjijwe ibitaro n’ingwara ya Tifoide. Suzy akaba […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Trending Articles