Iry Tina yatanze umuco ku vyavuzwe ko agiye guheba umuziki kubera ubukene
Ugutandukana n’umugabo ngo ntivyomutuma ahagarika umuziki kuko ubu afise Studio yiwe bwite. Ikinyamakuru co mu gihugu c’ubuganda cavuze ko Iry Tina ngo yoba agiye guhagarika umuziki, kubera ikibazo...
View ArticleUko niko Ashley Diva abona ivyiwe na Sat-b bigiye kugenda
Umusore ataramenyekana uwariwe niwe asigaye ari umukunzi wa Ashley Diva, nayo ivyiwe na Sat-b ngo ubuzima buzobandanya naho batakirikumwe. Mu gihe arindiranywe igishika cinshi I Bujumbura,...
View ArticleFoto | Habonetse foto ya tatouage ya Lolilo na Loliane
Lolilo na Loliane basanzwe bafitanye amazina yabo ku mubiri wa buri wese, ariko mu bibanza bitandukanye. Mu gihe bafitanye umwana umwe, Lolilo na Loliane basanzwe bafise ama Tatouage asanzwe ari ku...
View ArticleFoto ya Inarunyonga yateje uruhagarara kubera uko yambaye
Ivyiza n’ibibi vyavuzwe kuri Inarunyonga inyuma y’ugushira ahabona imwe mu ma foto yiwe yifotoje yasohotse. Inyuma y’ugukundwa n’abarenga 140 mu misi ibiri gusa, foto umuririmvyikazi Inarunyonga canke...
View ArticleMt Number one ubu abarizwa i Bujumbura
Mt Number one yagarutse i Bujumbura mu karuhuko ku ncuro ya kabiri muri uno mwaka wa 2017. Mt number one yamaze gushika i Bujumbura, akaba yashitse ku musi wa hirya y’ejo (ku wa gatandatu) nkuko...
View ArticleIki nico Emery Sun akunda kuri we
Agatuza kiwe n’ibindi bice vy’umubiri asanzwe afatira umwanya w’ugukora ngo arabikunda cane. Inyuma y’umwanya muto wo kwiyumvira, Emery sun yemeje ko Umubiri wiwe ari kimwe muvyo yishimira afise.Ivyo...
View ArticleAmasanamu y’akaririmbo Agapantekoti ka Chris Biz yasohotse
Agapantekoti niko karirimbo gashasha umuririmvyi Chris Biz w’umunya Gitega yaheruka gushira ahabona. Muriko uwo muririmvyi yicuza kubona atize kuko umukunzi wiwe ngo yamusezeye kiva yumvise ko afise...
View ArticleIkoh ihimiriza abandi kugura CD ya Album ya Spok’s
Abandi ngo nabo nibagire nkuko Ikoh yakoze bagure CD ya Album ya Spok’s, ngo ntibazogaya utwo bazosangamwo. Ishirahamwe Ikoh Multiservices itumirira abarundi n’abanyamahanga kugira nkuko bakoze,...
View Articlesat b yagarutse ku butumwa buri mu ndirimbo “Inkuru y’ukuri”
Abantu ngo bari bakwiye gukura amaboko mu mpuzu bagakora naho hoba hari ibibazo bafise, nkuko yabikoze agashika aho ageze. Sat-b w’igihe asohora akaririmbo Inkuru y’ukuri, hamwe na w’ubu ngo...
View ArticleMu ndirimbo Alima, Masterland yashatse kwerekana ko igihugu kibandanya gutera...
Ukwerekana uko ubwiza bw’igihugu c’Uburundi bwifashe muri kino gihe nayo yari imwe mu ntumbero za Masterland. Hampande y’ugukora amasanamu yiwe kugira abandanye akazi kiwe k’umuziki, Masterland kuri...
View Article#indundi Weekly Music | Top5 Week 46
Akaririmbo Me na we ka Patient Matabaro kasohotse ku musi w’ejo nako karonsemwo ikibaza ca 5 muri Top 5 y’ino ndwi ya 46 y’umwaka wa 2017, utundi turirimbo twabonetse ni nka Blabla ya Djpro na Emery...
View ArticleMkomboz na Vestine ngo bari basanzwe bazinanye muri kahise
Mkomboz na Vestine ngo bari basanzwe bazinanye muri kahise, mu gihugu ca Tanzania aho babana mw’ikambi y’impunzi y’ahitwa Mtabila. Uwaraye atwaye ikibanza ca mbere mw’ihiganwa rya Isanganiro Awards,...
View ArticleKebby Boy yavuze kw’isomana ryabonetse mu masanamu y’indirimbo Kipotabo
Kebby ngo umukobwa basomanye mu masanamu y’indirimbo yiwe, Kipotabo, ngo nta kindi bahuriyeko atari ukumufasha gushira mu mashusho ivyo yaririmvye. Kebby boy aheruka gushira habona akaririmbo Kipotabo...
View Article#Indundi Hits Show| Top 5 week 45
Indundi Hit show week45 2,595 total views, 2,595 views today
View ArticlePartick Paggio yagirijwe kuvavanura n’aba Rasta kuko yakuyeko ubusage
Abakurikirana Patrick Paggio bamubwiye ko aba rasta ngo yasezeye kubera yakuye ubusage ku mutwe, ariko nawe avyamirira kure. Inyuma yaho Dj Theo akuriyeko ubusage mu misi ya hera, uwundi nawe...
View ArticleMu rukurikirane Gukunda rwa Andy Kool, hagezweho” Ur’inyambo Burundi”
Ishirwa ahabona ry’indirimbo ziri mu rukurikirane “Gukunda” rirabandanya, ubu hagezweho Ur’inyambo Burundi inyuma ya Gukunda na Ndaje. Inyuma y’uturirimbo Ndaje na Gukunda yashiriye ahabona amasanamu,...
View ArticleSat-b niwe aboneka kuba yosubirira uwuheruka gusezera muri Urban Boys
Sat-b ngo niwe muririmvyi aboneka kuba ariwe yosubirira Safi madiba mu murwi Urabo Boys aheruka gukinjuramwo. Mu gihe havurwa isezera ry’umwe mu bari bagize umurwi Urbam Boys muri uwo murwi, Safi...
View ArticleKidum ashobora guhimbariza Noel uyu mwaka mu Rwanda
Kidum ashobora guhimbariza Noel y’uyu mwaka wa 2017 bivanye n’ivyo abamenyeshamakuru b’abanyarwanda batangiye gushikiriza ku mbuga ngurukanbumenyi. Nimbona Jean Pierre batazira Kidum ngo agiye kandi...
View ArticleChanny Queen mu karirimbo gahamagarira abanyavyaha kwihana
Channy queen yatanze ubutumwa ku banyavyaha mu karirimbo Uzi Gute yakoranye na mugenziwe Joad. Umuririmvyikazi Chany queen yasubiriya kandi kwumvikana mu muziki inyuma y’igihe asa n’uwuri mu gacerere,...
View Article