Aimé M abarizwa mu baririmvyi barabwa cane kuri Youtube
Akaririmbo Cheza ka Aimé M. kamaze imisi ibiri gashizwe ku muhora wa Youtube kamuteye kuja muri baririmvyi b’abarundi bake barabwa cane mu mwanya muto basohoye indirimbo. Mu kiringo c’imisi ibiri...
View ArticleBizos yashize Sat-b mu bafukamye mu nda umuziki ndundi
Sat-b yifatiwe mu gahanga na mugenziwe Bizos aho yavuze ari mu basanzwe bafatiye umuziki mu mugongo, aho akaba yafatiye kubiheruka kuba hagati ya Sat-b n’abandi baririmvyi nko muri Dunda dunda na Buja...
View ArticleVestine yavuze ku muntu yamye ashima ko basa mu kuririmba
Vestine ngo nti yigeze yipfuza gushaka gususa n’umuririmvyikaz n’umwe naho hatabuze abafatira mu bikorwa -Inspiration. A post shared by Anrison Vestine (@anrisonvestine) on Nov 25, 2017 at 7:13am PST...
View ArticleFally Ipupa abandanya kubahamagarira Abarundi kuzomwitabira mu giteramo
Fally Ipupa nawe agiye kwitaba ibiteramo I Bujumbura, inyuma yaho Koffi atashe nk’uwuvuye kuragirira inarume. Akamo kabandanya gaterwa abakunzi b’umuziki wa Fally Ipupa, aho ubwiwe abicishije muri...
View ArticleRubanza Jay arinubwa kuko yakomeje akageso ko kugurisha Beat imwe ku bantu...
Akageso ko kugurisha Beat ku bantu benshi ngo yoba yakomeye ku muhinyanyuzi Rubanza jay. Agashavu ni kenshi ku baririmvyi b’abarundi batandukanye basanzwe babarizwa ku yindi migabane atari Afrika. Ako...
View Article#indundi Weekly Music | Top5 Week 48
Muri ino ndwi ya 48 y’umwaka wa 2017, abaririmvyi babiri Jean marie Muco na Kebby bagarutse muri Top5. Haca haniyongeramwo abandi nka Bobona, Platini na Hak Jeezo mu turirimbo twabo Yambi, Unkanga...
View ArticleBig Fizzo yashitse I Kigali
Ata gihindutse Big Fizzo ngo azogaruka k Bujumbura ku musi wa gatandatu, avuye I Kigali aho yitavye ubutumire bw’igiteramo azohakorera. Mugani Desire benshi bazi nka Big Fizzo ngo abarizwa I Kigali mu...
View ArticleKebby boy n’akaririmbo kiwe Kipotabo ngo bahagaze neza muri EAC
Indirimbo Kipotabo ya Kebby na Bruce Melodie ngo iriko ivyifatamwo neza mu bihugu vy’Uburundi Urwanda na Kenya. Indirimbo Kipotabe ya Kebby boy na mugenziwe w’umunyarwanda Bruce Melodie ngo ihagaze...
View ArticleB Face aragaruka ku camuteye kwandika indirimbo Ingoma z’iwacu
B face yavuniye akagohe abagore ko kizira kuvuza ingoma uri umugore, ariko ko kuzitamba ata kibazo mu karirimbo kiwe Ingoma z’Iwacu. Iyandikwa ry’indirimbo Ingoma z’iwacu ngo ntiryafashe umwanya...
View ArticleVianey na Peace and Love bazoteramisha abanya Muyinga kuri uyu wa gatandatu
Abanya Muyinga ngo ni bitegure Peace and Love irabashwayemwo nta kabuza. Aho ngo ni ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 2 Kigarama. Aho bukera igenekerezo rya 2 Kigarama, nukuvuga ku musi wa...
View Article#indundi Music|Intumwa Zasigaye By King Sul-G& Sd Le Pygme
Intumwa Zasigaye By King Sul-G& Sd Le Pygme
View ArticlePenny, uwundi mwigeme avurwako gukorora inda ya Diamond Platnumz
Umumenyeshamakuru w’umugore wo muri Tanzania, penny, yasubiriye kwagirizwa ugukurayo Inda ya Diamond igihe bari bakiri abakunzi. Hasubiriye kandi kwumvikana uwundi mukobwa bivurwa ko yoba yarakuyemwo...
View ArticleIvyabaye kuri sat-b mu gacerere yahoramwo ngo nivyo yaririmvye muri “Feel Love”
Ivyo yaririmvye mu karirimbo “Feel Love” ngo nibiheruka kumubako aho yari mu gacerere, ariko navyo ngo biri ki bimwinjiriza amafaranga Mu kiyago ca Indundi Hit show co kuri uyu wa 5, Sat-b aho yariko...
View ArticleAshley Diva ngo ariko ategura ibikomeye kuri kazoza
Ashley Diva ngo ariko aritegurira gushira ahabona umurwi munini uri ngaha i Burundi no muri kenya uzoba ujejwe kumufasha gushikana kure ibikorwa vyiwe. Ibikorwa kuri Ashley Diva ngo s’ishirwa ahabona...
View ArticleMt number one ariko akora amasanamu y’indirimbo zitari nke
Indirimbo zirenga 1 za Mt Number one nizo ziriko zirakorerwa amasanamu muri kino gihe abarizwa i Bujumbura. Hagize igihe hakurakuranywa ku mbuga Ngurukanabumenyi ama foto co kimwe n’ama Video y’ifatwa...
View ArticleBig Fizzo I Kigali ngo yaririmbiye kuri CD -Ama foto-
CD ngo niyo umuririmvyi Big Fariouz yakoresheje mu kuririmba nk’abandi benshi bari bahari. Big Fizzo ngo yavyifashemwo neza mu giteramo yari yatumiwemwo kuri uyu wa gatanu I Kigali mu Rwanda, nkuko...
View ArticleFranck G80 yavanye mu gacerere akaririmbo “Marry You”
Akaririmbo Marry You kari mu mudiho usa n’uwunyaruka, karabishwe muvy’ubukwe niko Franck G80 ahejeje gushira ahabona. Franck G80 yavuye mu gacerere yaragizemwo igihe kitari gito. Uwo muririmvyi...
View Article#indundi Hits Show|Guest:Sat-B
indundi hits show yo kuri uyu wambere Sat B niwe yari umutumire aho yashoboye kuvuga ibitari bike kundirimbo yiwe feel love indirimbo avuga ko yamutwaye ama dollar ibihumbi cumi kandi ko ije ari...
View Article