Emery sun yijeje abamuhaye icumu ry’umuryango kutazobatetereza, kandi kuzohagarira izina ry’umuhisi papa wiwe, nayo batonya biwe bon go ntaco bazomuburana. Kuri uyu wa mungu igenekerezo rya 28/7 niho umuririmvyi Emery Sun bamushikiriza icumu ry’umuryango nkuko biboneka ku mashusho yaraye ashize ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe akoresha. Emery Sun akaba yanaboneyeho akaryo ko kumenyesha uwo muryango ko […]
↧