Ukugara ngo kwoba arikwo gutuma Big Fizzo atabasha gukorana indirimbo n’ibihangange vyo muri kano karere uburundi burimwo. Ibura ry’ugukorana indirimbo kwa Big Fizzo n’ibihangange bikomeye muri afrika y’ubuseruko nka Diamond canke Chameleon vyoba biva kuri Big Fizzo ubwiwe dufatiye kuri abo baririmvyi ubwabo. Ivyo tukaba tubifatiye mu biganiro abo baririmvyi uko ari 2, Diamond na […]
↧