Indirimbo ya Lil Wayne na Diamond nayo itanguye kwibazwaho cane
Aba Tanzania batanguye kurya umusaya inyuma y’ukubona ko akaririmbo Davido yakoranye na Chris Brown buca gashirwa ahabona. Aba Tanzania batanguye kwibaza indirimbo ya Diamond na Lil Wayne yavuzwe ko...
View ArticleChany Queen yavuze kubahoze ari abakunzi biwe, aba Ex
R flow na Lolilo bari muri 5 bagendanye na Chany Queen, ariko umwe muribo babasha kuronka icamwa c’urukundo rwabo. Uno musi Chany Queen nta muhungu agira mu buzima bwiwe, umukunzi, igituma ngo nuko...
View ArticleShaddy boo ngo ikibazo c’umutekano nico kimubujije kuza I Bujumbura
Ikibazo c’umutekano ngo nico kimubujije kuzoza I Bujumbura mu giteramo bari bamutumiyemwo. Shaddy boo nawe ngo ntazoteramisha abarundi nkuko yari yavyemeye mu misi iheze abicishije Ku rubuga rwiwe rwa...
View ArticleImpari ni zose Ku mwigeme azakira Diamond Platnumz
Umwigeme azakira Diamond Platnumz avuye I Bujumbura ntaramenyekana. Impari rero ni zose Ku mbuga ngurukanabumenyi kuri uwo mwigeme ashobora kuzomwakira. Impari ni zose Ku mbuga ngurukanabumenyi I...
View ArticleKidum yatumiye abanyacongo kuko ngo ari abavandimwe
Kidum avuga ko abarundi n’abanyacongo bo muri Kivu ya ruguru na Kivu y’amajepfo bagize umuryango umwe. Kidum hampande y’abarundi, yatanguye gutumira n’abanya Congo ngo nabo bazitabire igiteramo buca...
View ArticleZari yavuze Ku nzu ya Diamond bavuga ko abamwo muri Afrika y’epfo
Zari ntabona kumwe n’abavuga ko aba mu nzu ya Diamond muri Afrika y’epfo, nayo we avuga ko afise izitari nke muri ico gihugu ca Mandela. Abantu bavuga ko inzu abamwo muri afrika y’epfo ari iya Diamond...
View ArticleHamenyekanye impamvu Shaddy Boo ataje I Burundi
Shaddy boo ngo yanse kuza I Bujumbura kubera ukutumvikana kwabaye hagati yiwe na bumwe mu bushikiranganji bw’Urwanda. Inyuma y’ibihuha ko atakije I Bujumbura mu giteramo yari yatumiwemwo, hamenyekanye...
View ArticleBeyonce yemeje ko Jayz akomoka mu Rwanda
Urukurukuru ko Jayz yoba akomoka mu Rwanda rwamaze gukwiragizwa hirya no hino. Abantu bamwe bakaba bamaze kumutorera amazina. Igitero ca 3 c’indirimbo nshasha ya Beyonce cavyuye ibibazo bitari bike mu...
View ArticleUmuzo wa Diamond i Bujumbura, Sat-b awubona ukundi
Ugushigikirwa bikomeye nivyo Sat-b yisabira abarundi gusumba kwifatanya n’ababona ko Diamond aje kubasahura. Amafaranga Diamond yemerewe ngo aze gukora igiteramo I Bujumbura ngo ntiyarakwiye gutera...
View ArticleZari yavuze ko icatumye bavana na Diamond atari ukumuca inyuma
Kuba Diamond yaraciye inyuma Zari ngo sico gihambaye catumye amuheba, ariko hari ibindi bikomeye vyabiteye. Zari ngo ntiyahoye Diamond kumuca inyuma, ahubwo ngo hari ikindi gikomeye gusumba kumuca...
View ArticleKurondera Collabo n’abanyamahanga sico cihutirwa kuri Mt number one
Mt number one abona ko kwihutira kuja kurondera Collabo hanze y’igihugu atariwo muti, ukubanza kurondera gushigikirwa iwanyu, ngo nico nkenerwa gusumba. Mt number one ngo yipfuza kubanza gufata akarere...
View ArticleZari n’umukunzi wiwe bagiye kubaho ubuzima butandukanye n’ubwa be na Diamond
Zari ngo ntiyiteze kwerekana umukunzi wiwe mushasha, kuko ashaka ko aba uwiwe gusa. Umukunzi mushasha wa Zari ngo afise imodoka zitari nke kandi zikomakomeye, ariko si zose agenderamwo. Zari mu kiyago...
View ArticleB Face yavuze igituma yashimye gukorana indirimbo na Tom Close
Amasanamu y’indirimbo yakoranye na Tom Close ngo biragoye kuvuga ryari azoshirirwa ahabona, kuko atayo afise mu ntoke. I Kigali mu Rwanda B Face icamujanye ngo n’ugukora amasanamu y’indirimbo afitanye...
View ArticleSunny yipfuza gukorana indirimbo na Diamond
Sunny yipfuza gukorana indirimbo na Diamond ari nka hamwe bishobotse, ivyo nivyo aheruka kuvugira mu kiganiro The Playlist gica ku nsamirizi Times Fm. Inyuma y’indirimbo Sunny yakoranye na Bruce...
View ArticleAfrika nova yarahagaritse umuziki ariko awukurikiranira hagufi
Afrika nova ngo naho yahevye umuziki aronse akanya arakora ibiteramo hirya no hino kuko abakunzi b’indirimbo ziwe babandanya bamusaba kuzicuraranga. Africa Nova ntagikora umuziki nkuko yawukora akiri...
View ArticleDiamond buca ateramisha abataboneye amakuba mu ca 1
Ikindi giteramo ca Diamond camaze gutangura gutegurwa i Bujumbura, inyuma y’icakomerekeyemwo benshi, abandi baravunika. Inyuma y’igiteramo akoreye i Bujumbura, kikitabirwa n’abantu batari bake, Diamond...
View ArticleBig Fizzo yagirizwa ibintu bimwe na Chameleon co kimwe na Diamond
Ukugara ngo kwoba arikwo gutuma Big Fizzo atabasha gukorana indirimbo n’ibihangange vyo muri kano karere uburundi burimwo. Ibura ry’ugukorana indirimbo kwa Big Fizzo n’ibihangange bikomeye muri afrika...
View ArticleEmery Sun yabemereye ko agikomeye atazo bazomuburana
Emery sun yijeje abamuhaye icumu ry’umuryango kutazobatetereza, kandi kuzohagarira izina ry’umuhisi papa wiwe, nayo batonya biwe bon go ntaco bazomuburana. Kuri uyu wa mungu igenekerezo rya 28/7 niho...
View Article