Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Kwoba ar’ukuri ko Davido na Big fizzo bagiye gukorana?

$
0
0
Big fizzo na Davido boba bagiye gukorana, canke n’umwe mu bagize Bantu bwoy ent bagiye gukorana?    Hoba hari ikiriko kiranuganurwa hagati y’umwe mu bagize Bantu bwoy hamwe n’umuririmvyi Davido? Ico n’icibazwa cane inyuma y’ukubona umwigeme Raissa ajejwe gutanga amakuru muri The Bantu Bwoy arikumwe na Davido. Ayo makuru yatanguye kuboneka Ku musi w’ejo ku […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Trending Articles