King Donny B ariko yitegurira urubanza rudasanzwe ruzohuza abarundi n’abanyarwanda muri leta ya Massachusetts muri amerika. Mu gihe akirindiriye gushira ahabona igikorwa gishasha azoshira ahabona mu misi ya vuba nkuko avyiyemerera, King Donny B, yatunganije umusi w’ukwibuka intahe y’ukwikukira ku barundi n’abanyarwanda, akaba yawise Burundi Rwanda Independent Day Party. 255 chemlsford st, Lowell, MA muri […]
↧