Masterland mu karirimbo Sabwe yabonetse ku mboneshakure ikomeye yo muri Nigeria
Masterland n’akaririmbo kiwe Sabwe babonetse ku mboneshakure ikomeye mu gihugu ca Nigeria ” Nigezietv”. Hampande y’ukuba kariko karabwa cane gusumba utundi turirimbo twiwe kuri Youtube, akaririmbo...
View ArticleFally ipupa na Natacha bahavuye bayishira ahabona
Akaririmbo Duga ka Natacha na Fally Ipupa kahavuye gashirwa ahabona kuri uyu wa 29 ruheshi, ako karirimbo kakaba kari karindiranwe igishika cinshi n’abakunzi b’ibikorwa vy’uwo muririmvyikazi. Ako...
View ArticleAbarundi bahimbaza intahe y’ukwikukira, Spok’s na Sag Wise basohora...
Spok’s Man ashigikiye Sag wise bagiye gushira ahabona akariimbo kabo gashasha bise Intwari, akazoba ari umusi abarundi bahimbaza Intahe y’ukwikukira. Aho bukera akariribo gashasha kumvikanamwo...
View ArticleHamissa Mobeto yageze ikirenge muca Diamond Platnumz asohora indirimbo
Hamissa nawe yafashe akanya yandika akaririmbo agashira mu majwi none yagashize ahabona ngo abantu bakumve. Uwahoze ari umukunzi wa Diamond Paltnumz bakaba kandi barahezagijwe n’umukama umwana...
View ArticleAmasanamu ya Uri Special agiye gusohoka, naho aya Mpa akanya vyanse
Double Jay yemeye gushira ahabona akaririmbo gaherekejwe n’amasanamu yako. Ariko yanka kuvuga umusi nyezina. Uwayibonye ashobora kuba yubajije ko uwo muririmvyi w’umunyagitega yoba yarahejeje gushwana...
View ArticleInyuma ya Mashallah, Booboo igiye gushirwa ahabona
Ibindi bikorwa bishasha vya Yvan Muziki bigiye gushirwa ahabona mu misi ya vuba nkuko avyiyemerera. Akaririmbo gashasha ka Yvan Muziki ngo kari mu nzira. Ivyo bikaba binemezwa na Yvam Muziki ubwiwe....
View Article#diaspora | King Donny B yateguriye abari Massachusetts muri USA ibidasanzwe
King Donny B ariko yitegurira urubanza rudasanzwe ruzohuza abarundi n’abanyarwanda muri leta ya Massachusetts muri amerika. Mu gihe akirindiriye gushira ahabona igikorwa gishasha azoshira ahabona mu...
View ArticleKwoba ar’ukuri ko Davido na Big fizzo bagiye gukorana?
Big fizzo na Davido boba bagiye gukorana, canke n’umwe mu bagize Bantu bwoy ent bagiye gukorana? Hoba hari ikiriko kiranuganurwa hagati y’umwe mu bagize Bantu bwoy hamwe n’umuririmvyi Davido? Ico...
View ArticleIntandaro y’iyirukanwa ry’uwahora acunga Diamond Platinumz
Umurinzi wa Diamond Platinumz, Mwarabu the fighter, yarahagaritswe ku kazi kiwe ko gucunga umutekano wa Diamond. Intandaro ngo kwoba ari uko mwarabu yoba yidogera shebuja ko atamufata neza. Uwo akaba...
View ArticlePeace and Love bagiranye amasezerano n’ubunywero One people mu Gasenyi
Peace and Love igiye kuza iravugiriza kuri One People mu gasenyi rimwe mu kwezi, mu kiringo c’umwaka. Amasezerano y’ugukorana hagati ya Peace and Love n’ubunywero One people mu gasenyi yashizweko...
View ArticleSauti Sol bagiye kugaruka guteramisha abakunzi babo i Bujumbura
Inyuma y’amezi ashika kw’10 gusa, umurwi Sauti sol usubiye kugaruka aha iwacu guteramisha abakunzi bawo m ruhererekane Melanin World Tour. Mu gihe baheruka ngaha iwacu mu kwezi kw’9 mu mwaka wa 2017,...
View ArticleUgusomana kwa Jum Jux na Vanessa Mdee kwateje uruhagarara muri Tanzania
Igisata kijejwe kugenzura abanyabuhinga n’ubumenyi muri Tanzania kiriko kirabira hagufi ivy’amashusho yafashwe Juma Jux na Vanessa Mdee basomanira kuri Podium. Abaririmvyi Juma Jux na Vanessa Mdee bari...
View ArticleDiamond yoba yabaye intambamyi ku mugabo yipfuza kurushinga na Zari
Abakunzi ba Zari banakunda Diamond barimwo abagande basa n’abatari barorohereza umumenyeshamakuru w’umu Tanzania yipfuza gushira munzu uwo muvyeyi w’abana 5. Kitenge Maulid umumenyeshamakuru...
View Article#indundi Music|Ex Gilfriend By Kingorongoro Ft Baraka De Prince
4,881 total views, 0 views today
View Article#indundi Weekly Music | Top5 Week 27
1. Feeling Good By Gn Lfls 2.Ikiri K’Umutima By Gladys Eglisias 3.Ngumizayo By Mirror Team 4. K Muco – Seen it All 5. Pole Pole By Arnovic 1,614 total views, 0 views today
View ArticleIyi niyo mvo n’imvano ya Yves Kolly gukora indirimbo zikunzwe gusumba abandi
Agacerere Yves Kolly yigeze kuba arimwo ngo ntikari ak’ubusa, ahubwo ngo yarafise ivyo yaragamije gukora. Ivyo akaba aheruka kubiyagira bagenzibacu bakorera imboneshakure yo ku buhinga...
View ArticleAgacerere kagiye guhera akaririmbo hagati ya Big Fizzo na Elly’s Boy kaboneke
Elly’s boy agiye gukorana akaririmbo n’umuririmvyi Big fizzo, akaba ahejeje kuvyandika ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Inyuma y’agacerere k’igihe, umuririmvyi Elly’s Boy ahejeje kumenyesha ko buca ashira...
View ArticleChris Brown yarasubiriye guhagarikwa n’igipolisi muri State ya floride muri...
Chris Brown ku musi w’ejo muri Floride aho yarafise igiteramo yarahagaritswe b’igipolisi gica kimujana ikitaraganye mw’ibohero. Ku musi w’ejo mu gihe umuririmvyi Chris Brown yarafise igiteramo mu State...
View ArticleBruce Melodie ari mu bahabwa amahirwe yo gutahukana PGGSS mu Rwanda
Muri Primus Guma Guma Super Star i Kigali mu Rwanda ngo hatanguye kumenyekana uwuhabwa amahirwe menshi gusumba abandi ngo atahukane igikombe. Mw’irushanwa Primus Guma Guma Super Star ryo mu gihugu...
View Article