Preeze 36 ngo atari Urukurikirane azoba ari Mixtape izosohoka mu misi ya Vuba. Ibindi bikorwa bishasha ngo bigiye kuboneka mu misi ya Vuba, ivyo vyashikirijwe na Preeze ubwiwe aho yaganira na Indundi Tv bamusanze muhira iwabo. Muri ico kiyago yamenyesheje ko hari inzu y’abadandaza umuziki, banashigikira abanyamuziki bakorera ku mugabane wa buraya bashimye ko bakorana. […]
↧