Big Fizzo ari mu batumire mw’ishirwa ahabona ry’urukurikirane Imbaraga rwa Charly na Nina I Kigali mu Rwanda. Inyuma y’amezi yababa 6 atahonyoje ikirenge i Kigali mu Rwanda, Big Fizzo agiye gusubira guteramisha abanya Kigali mu giteramo c’ishirwa ahabona ry’urukurikirane rw’abaririmvyi Charly na Nina. Atari ukubasubiriza mu nkoko, n’ukubashigikira kuko basanzwe babarizwa muri Label imwe, Decent […]
↧