Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Ibi nivyo umukunzi wa Emery Sun yinjiyemwo

Suzy Mars yabonetse yafashe iyindi nzira. Mars Suzy nawe yinjiye mu gikorwa c’abanyamideri nkuko vyabonetse Ku rubuga rwiwe rwa WhatsApp. Uwo mukunzi wa Emery Sun, yerekanye Video ari mu myimenyerezo...

View Article


sat-b yabonetse atambirwa n’inkumi

Sat-b yabonetse atambirwa n’umukobwa mu cumba, yibukiriza ivyabereye I Kigali mu Rwanda. Sat-b yashize ahabona amasanamu y’umukobwa ariko atambira hampande yiwe, bari abantu haboneka nkaho hari mu...

View Article


Ingwano yahora hagati ya Mobeto na Zari yacureshe

Ingwano yahora hagati ya Zari na Mobeto ngo yacureshe bivuye ku mpanuro z’incuti za Diamond bahaye abo bagore.  Mu gihe induru zari zigize imisi ari zose ku mbuga ngurukanabumenyi hagati y’abavyeyi...

View Article

Ibiturire vyagirizwa abamenyeshamakuru, ahandi ngo siko vyitwa

Ibiturire vyagirizwa abamenyeshamakuru ngo yarakwiye kwitwa amafaranga ya Promotion. Igituma abaririmvyi b’abarundi badashika kure mu bikorwa vyabo muri kano karere ngo n’ukudasohora uburyo bwa...

View Article

Akaririmbo Kayengayenge RMX ya Yvan muziki yatanguye kumenyekanishwa

Akandi karirimbo ka Yvan muziki ngo buca gasohoka. Indirimbo nshasha ya Yvan Muziki yatanguye kumenyekanishwa hirya no hino, iyo ndirimbo ikaba ari kayengayenge yasubiwemwo. Amakuru dukesha abegereye...

View Article


Ibi nivyo Lolilo yavuze mu ndirimbo yiwe nshasha

Ukumwihebera, ukutazomuhemukira, ukwabona uwo mwigeme, nivyo vyumvikana mu karirimbo gashasha “Nzokudigadiga” ka Lolilo. Inyuma y’indirimbo Final akoranye na Hope Irakoze hamwe n’amasanamu ya...

View Article

Diamond yavuze ku mahera yoba ariha abanyamerika bakorana indirimbo

Uwemera ibikorwa vyiwe ngo ntiyigera ariha amafaranga, ariko yerekana ibikorwa vyiwe noneho babishimye bagakorana. Diamond mu kiyago aheruka kugirana na Millardayo yo muri Tanzania, yavuze ku ndirimbo...

View Article

Icotumye umunyarwanda Dj Pius ashira ingoma mu ndirimbo yiwe

Kuba abarundi abafata nk’incuti, akanipfuza gushigikira abagenzi biwe bazivuza, ngo biri mu vyamuteye gushira ingoma mu ndirimbo yiwe. Umwe mu baririmvyi b’abanyarwanda bariko barifata neza mu bikorwa...

View Article


“Ndaje” ya Andy Kool yahavuye isohorerwa amasanamu

Akandi karirimbo ko mu rukurikirane “Gukunda” rwa Andy Kool kashiriwe ahabona amasanamu. Inyuma y’akaririmbo Gukunda kaheruka gusohorerwa amasanamu, umuririmvyi Andy Kool abarizwa ku mugabane wa buraya...

View Article


Iyo ngo niyo yindi ntambwe Big Fizzo ateye mu muziki wiwe

Uturirimbo twa Big Fariouz ngo tugiye kuza dusohokera ku murongo wa YouTube w’ishirahamwe Vevo rw’abanyamerika. Inyuma y’abaririmvyi nka Mt Number one na bagenziwe, Big Fizzo nawe yuguruye Account ku...

View Article

#indundi Hits Show |Guest: Happy Famba

Happy famba yaraye yemeje ko vuba cane agiye kuba umurwizatunga biciye mubikorwa vy’umuziki asazwe akora ko ari naho yahakuye iciyumviro co kwandika indirimbo yiwe shansha yise My time bisigura mu...

View Article

Ashley Diva yatanguye gufata amasanamu y’akaririmbo “My Level”

Ikorwa ry’amasanamu y’indirimbo “My Level” ya Ashley Diva rigeze kure. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook Ashley Diva aheruka gushira hanze amashusho aherekejwe n’amajambo yerekana ko bariko bafata...

View Article

Mt number one yavuze ico yatahuye kwivurwa cane rya Cover y’Indirimbo yiwe

Bugingo Mt number one asohoye Cover y’indirimbo “Imisi mitindi”, yavuzweko menshi naho we ataco vyamubwiye, kuko yari yabonye ico vyavuyeko. Akaririmbo imisi mitindi ngo ntiyakanditse we nyene, ariko...

View Article


#New audio|Nzokudigadiga By Lolilo lizzo

View Article

#indundi | Andy Mwang yinginze umwigeme mu karirimbo “Kazuba kanje”

“Kazuba kanje” niko kazina k’indirimbo nshasha Andy Mwang yashize hanze inyuma y’amasanamu y’akaririmbo “Mpfumbatira” yashize ahabona. Ubuho biziye rimwe, inyuma y’isohorwa ry’amasanamu y’akaririmbo...

View Article


Iki nico inabukwe wa Oprah yavuze ku bugeni yagize

Abibaza ko ari inkinamico ubugeni bwa Oprah na Dogo Janja ngo nibacire birarura kuko umuvyeyi arabizi kandi yarabahezagiye. Mu gihe ubu amakuru avurwa mu muziki muri Tanzania ari ubugeni bw’umuririmvyi...

View Article

Ukuri ku ndirimbo bivurwa ko Natacha na Diamond bakoranye

Urusaku ngo nirwo rwasohotse mu binyamakuru vyo mu bugande ku ndirimbo Diamond na Natacha bakoranye. Mu gihugu c’ubugande, ibinyamakuru vyatanguye kwandika ku muririmvyikazi Natacha inyuma y’urugendo...

View Article


#indundi Weekly Music | Top5 Week 44

1.Tuna Twanga Na Kupepeta By T Max Wanajeshi | Download: 892 | View :5019 2.Irungu By Titus Da Sallor | Download: 345 | View :1008 3.Nzokudigadiga By Lolilo Lizzo | Download: 285 | View :926 4.So Much...

View Article

Impari kuri Promotion y’indirimbo ngo yarikwiye kurihwa

Impari zabaye zose ku kibazo ca Promotion aho bamwe babona ko vyoba vyiza abaririmvyi barihiye Promotion mu bajejwe ubutunzi mu ma radio. Mu gihe Dj Rapha yaheruka gushikiriza ko abaririmvyi baha Iwacu...

View Article

Preeze 36 yagomwe n’abandandaza bakorera ku mugabane wa burayi

Preeze 36 ngo atari Urukurikirane azoba ari Mixtape izosohoka mu misi ya Vuba. Ibindi bikorwa bishasha ngo bigiye kuboneka mu misi ya Vuba, ivyo vyashikirijwe na Preeze ubwiwe aho yaganira na Indundi...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live