Kuba Knowless yoba yagize ubugeni afise inda ngo nta kibazo kirimwo kuko yarasanzwe ari umugore wa Clement haraheze igihe, bari basigaje kuvyerekana gusa. Ubusambanyi canke ugutwara indani y’indaro vyagirizwa Knwoless ngo sivyo na gato, ivyo tubikesha umukozi w’Imana yabahezagiye ku bugeni bwiwe na Clement. Mu kiganiro uwo mukozi w’Imana yahaye ikinyamakuru Radio na Tv 10 […]
↧
