Yvan muziki agarukanye inguvu mu karirimbo “Kabakaba”
Yvan Muziki ngo agacerere karafise insiguro, iyo nayo akaba ari imyiteguro y’indirimbo nshasha ziri mu rukurikirane kabakaba. Izo zikazotangurirwa n’iyitwa Kabakaba azoshira ahabona muri uku kwezi kwa...
View ArticleAlikiba na Management yiwe bashikanye ico bemeye
RMX y’indirimbo AJe ya Alikiba yahavuye isohoka inyuma y’igihe kitari gito Management yiwe ivuga ko buca ija ahabona. Inyuma y’igihe kitari gito umuririmvyi Alikiba hamwe na Management yiwe bavuga ko...
View Articleimfura ya sat-b imaze kwifurizwa isabukuru nziza n’umwe mu bavyeyi biwe
Mu gihe Burundi imfura ya sat-b ifise isabukuru ry’amavuko uno musi, gushika ubu umwe mu bavyeyi biwe akaba ariwe amaze kumwipfuriza isabukuru nziza, abicishije ku mbuga ngurukanabumenyi. Uno musi ngo...
View ArticleMagic soldier ngo nibitegurire urukurikirane vuba ruraje
Magic soldier yameyesheje ko hari urukurikirane ariko arategurira abakunzi b’umuziki wiwe. Urwo rukazoba rugizwe n’indirimbo zitandatu. Uruherereane rw’indirimbo zishika kuri zitandatu nizo ziriko...
View ArticleDady Face buca asohora Video y’akaririmbo “Wanaume”
Dady face yanakoze amasanamu y’indirimbo “Wanaume” aheruka gushira ahabona ku musi wa mungu aho yararamutse ahimbaza isabukuru yiwe y’amavuko. Inyuma yaho umuririmvyi Dady Face amenyeshereje ko buca...
View ArticleKidum yari umutumire mu giteramo cari cahariwe urukundo i Nairobie
Kidum nawe yari mu batumire mu giteramo Churchill show i Nairobie kugira abateramishe, kuko bari baramutse bavuga mu vy’urukundo. Mu giteramo gisanzwe gitumirwamwo abasanzwe batwenza abantu mu gihugu...
View ArticleInyuma yo kwa Kenyatta, Yemi Alade yegereye kwa Mandela naho
Inyuma yo kwa Kenyatta, Yemi Alade yegereye kwa Mandela kwegeranyayo naho abakunzi b’umuziki mu gukorana n’umurwi “Mi Casa”. Mu gihe hari haheze ukwezi kumwe gusa, umuririmvyikazi Yemi Alade akomoka...
View ArticleAlikiba yagarukanye Yvonne Chakachaka mu muziki
Alikiba ngo yateye iyindi ntambwe izotuma umuziki wiwe ubasha kwumvikana cane muri afrika y’epfo. Abakera barayamaze ngo urubanza rumwe rumara zibiri. Alikiba mu gihe ari muri africa y’epfo aho ariko...
View ArticleIry Tina yagarukanye akandi karirimbo mu Kirundi
Akaririmbo Mpumuriza k’umuririmvyikazi Iry Tina kasohowe kugira asubire ahe abakunzi b’umuziki wiwe akaririmbo kari mu Kirundi kandi n’utundi tukiri inyuma. Akandi karirimbo gashasha kiyongera kuri...
View ArticleRally Joe na B Face berekeje muri Tanzania mu bikorwa bitamenyekanye
Urugendo rwa B face na Rally Joe rubashikana muri Tanzania rwakozwebuno musi, ntihamenyekanye ikibajanye n’igihe bazohindukirira. Uno musi wa gatandatu igenekerezo rya 25 ruhuhuma, abaririmvyi babiri B...
View ArticleEmelance Emmy yakuriye Inkoni Ku gishitsi abasore batabangutse
Abari bamushize Ku rutonde rw’inkumi zironderwa gushirwa mu nzu, nibamukireko kuko yavuye mw’ihiganwa. Kubahora biyumvira kumurondera ubundi bucito burenze, ngo nibakure Ico ciyumviro mu mutwe. Ivyo...
View ArticleTz | Akaririmbo ka TID na Diamond karamota
Indirimbo TID azoba afadikanije na Diamond ngo mu misi ya Vuba izoba yagiye ahabona. Indirimbo nshasha y’umuririmvyi TID arikumwe na Diamond Platnumz ngo yoba iriko iriyumvirwa gukorwa mu misi ya Vuba...
View Articleinzu ya Aime M ibarizwamwo umunyota
Inzu ya Aime m yarahiye, ariko ngo ntiharamenyekana icoba catumye isha. Ku musi wa gatanu, Inzu y’umuririmvyi Aime M ngo yarahiye bimwe mu bikoresho vyari bisanzwe biri muri iyo nzu, biratokombera. Aho...
View ArticleCedric Bangy ati :”Nta munyamahanga azodukundira Uburundi kuturuta”
Mu ndirimbo Burundi Je t’aime, Cedric Bangy aha ubutumwa urwaruka, eka n’abarundi bose ngo bakunde igihugu kuko ari rwacu. Ku musi wa kane igenekerezo rya 23 ruhuhuma niho amasanamu y’indirimbo Burundi...
View ArticleRwanda | Knowless ngo nta kosa yakoze kugira ubugeni yibungenze
Kuba Knowless yoba yagize ubugeni afise inda ngo nta kibazo kirimwo kuko yarasanzwe ari umugore wa Clement haraheze igihe, bari basigaje kuvyerekana gusa. Ubusambanyi canke ugutwara indani y’indaro...
View ArticleFemi de j’abat arashigikira umukobwa wiwe Divine naho bafise ivyo badahurizako
Naho afise uruhusha wo gukora ico yipuza, Femi de j’aba ntahengeshanya kwereka umukobwa wiwe Divine Mugisha umwonga uhuma n’uwudahuma. Femi de j’abat ‘umukobwa wiwe Dvine nibabona kumwe ikijanye...
View Article#indundi | Natacha arerekana inzira acamwo ngo aserukire Uburundi mu makungu
Natacha mu kiganiro Uburundi buraririmba kuri uyu wa mbere yavuze ko ukuja mu ma Festival ata kinini bisaba atari ukwemera kuja kurondera abagushigikira n’ukubaza iyo bibera. Umuririmvyikazi Natacha la...
View ArticleImbere y’ukuvugira umukenyezi, Peace and Love bazosohora Amasanamu ya “Nta...
Umusi umwe imbere y’ugushira ahabona indirimbo ivugira umukenyezi ku musi wa bahariwe, Peace and Love buca bashira ahabona amasanamu y’indirimbo “Nta bundi buhinga” Mu gihe hari hakirindiriwe igiteramo...
View Article