Alikiba ngo yateye iyindi ntambwe izotuma umuziki wiwe ubasha kwumvikana cane muri afrika y’epfo. Abakera barayamaze ngo urubanza rumwe rumara zibiri. Alikiba mu gihe ari muri africa y’epfo aho ariko arakora ibiteramo bitandukanye, yahavuye anakorana indirimbo n’umuvyeyi akaba n’umuririmvyikazi abantu benshi bakunze kandi n’ubu agatima kakimuriko. Uwo yakoranye indirimbo na ALikiba s’uyundi ni Yvonne Chakachaka […]
↧




