Dady face yanakoze amasanamu y’indirimbo “Wanaume” aheruka gushira ahabona ku musi wa mungu aho yararamutse ahimbaza isabukuru yiwe y’amavuko. Inyuma yaho umuririmvyi Dady Face amenyeshereje ko buca ashira ahabona akaririmbo kiwe gashasha ku musi w’isabukuru ryiwe ry’amavuko. ku musi wa mungu yasohoye akaririmbo yise “Wanaume” ako karirimbo kari mu mudiho usa n’uwutambika. Kuri kano kanya […]
↧


