Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Alikiba na Management yiwe bashikanye ico bemeye

$
0
0
RMX y’indirimbo AJe ya Alikiba yahavuye isohoka inyuma y’igihe kitari gito Management yiwe ivuga ko buca ija ahabona.  Inyuma y’igihe kitari gito umuririmvyi Alikiba hamwe na Management yiwe bavuga ko agiye gusohora RMX y’indirimbo AJE yaririmvyemwo ururimi rw’igifaransa, bahavuye bayishira ahabona. Iyo ndirimbo ikaba yashizwe ku muhora wa Youtube w’urubuga VEVO rw’abanyamerika. mu kiringo c’indwi […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Latest Images

Trending Articles



Latest Images