Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

#indundi | Iki nico Emery Sun avuga ku bimuvurwako kubera indirimbo Magonde yaririmvyemwo

$
0
0
    Iyaba yashaka kuririmba Beef ngo yari kubikora wenyene ntiyari kurinda kurondera uwuririmba mu kibanza ciwe. Abavuga ko yatutse umuntu ngo baramubeshera cane gose, ivyo bishikirizwa na Emery Sun mu kiganiro yagiranye na Indundi Magazine ku ndirimbo Magonde yaririmvyemwo aho vyumvikana ko bariko baririmba umuririmvyi Sat-b uno musi abarizwa mu gihugu kibanyi c’Urwanda. Muri […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Trending Articles