#indundi | GLM Entertainment yabazaniye Big fizzo muri Phoenix – Arizona
Big Fizzo agiye kwitabira n’ico muri Phoenix Arizona kuri uyu wa 4 kigarama, cabateguriwe na GLM Entertainment. Hasigaye imisi iharurwa ku ntoke ngo igiteramo c’umuririmvyi Mugani Desire co muri...
View Article#indundi | Ukuri kw’iyinjira rya Big Fariouz muri WASAFI
Mugani yabeshuje ibivurwa ko buca ashira umukono Ku Masezerano yo gukorana na Label Wasafi ya Diamond Platnumz. Umuririmvyi Mugani desire benshi bazi nka Big Fariouz ubu abarizwa ku mugabane wa amerika...
View Article#indundi | Kebby yoba yabaye umukinyi w’amareresi muri Tanzania ?
Kebby bishoboka ko yoba nawe yinjiye mu bijanye n’ugukina amarersi nkuko biboneka ku rubuga rwa Instagram aho hashizwehio agace gatoya k’ikiboneka nk’ireresi. Ntawobimenya, umukunzi wiwe yaronse mu...
View Article#indundi | B face yakiriwe neza n’ibimenyeshamakuru i Kigali
B Face i Kigali ntivyamugiye kwakirwa n’ibimenyeshamakuru, kuko yaronse ibiganiro bitari bike. Imisi amaze i Kigali mu Rwanda ngo ntiyabaye impfagusa kuriwe, uwo s’uyundi ni B Face. Ivyo...
View Article#indundi Gospel | Redemption Voice ntibagikoze igiteramo mu mpera z’uno mwaka
Umurwi Redemption voice ngo ntugikoze Igiteramo mu mpera z’uno mwaka nkuko vyari bisanzwe bimenyerewe, ivyo vyashikirijwe Ku murongo wa Twitter w’uyo murwi. Uwo murwi ukaba warusanzwe waramenyereje...
View Article#indundi | Black g ariko akora akaririmbo gashasha
Black G yabonetse muri Video yakworagijwe ari muri Studio aririmbana n’uwundi muririmvyi akaririmbo biboneka ko ari gashasha. Indirimbo Black G yamenyesheje ko buca atangura gushira ahabona ahabona,...
View Article#indundi | Umusi w’igiteramo ca Sat-b I Bujumbura wamaze kumenyekana
Inyuma y’ukumenyesha ko hari igiteramo ariko arategura ngaha I Bujumbura aho azoshira ahabona Urukurikirane rwiwe rushasha. Yashize ahabona ko agenekerezo y’ico giteramo. Igenekerezo rya 31 kigarama...
View Article#indundi | Diamond na NEYO ntibakigiye mu bwongereza, ibiteramo vyungururijwe...
NEYO na Diamond bazoteramisha abongereza mu kwezi kwa gatatu kw’umwaka mu gihe hari hasigaye indwi zibiri gusa ngo bikunde bakore uruhererekane rw’ibiteramo bari bamenyesheje. Ibiteramo abasore...
View Article#indundi | Iki nico Dj Jackson yavuze ku giteramo Sat-b agiye gukora
Umuhinyanyuzi Dj Jackson yashimangiye ko Sat-b agiye gushira ahabona urukurikirane rwiwe muri uku kwa cumi na kabiri mu giteramo azokora ku musi wa nyuma uhereza umwaka wa 2016, na rirya ariwe ariko...
View Article#indundi weekly Music | Top5 Week 47
1.Ndoroshe By Mirror Team | Download: 679 | View :1653 2.Magonde By Fabilove Ft Emery Sun | Download: 640 | View :4158 3.Pamella(guantanamera) By R Flow | Download: 297 | View :642 4.Menya By King...
View Article#indundi New Audio | Nkunda Kuborwa – Yoya Jamal
Nkunda Kuborerwa - Yoya Jamal 8,137 total views, no views today
View Article#indundi | Iki nico Emery Sun avuga ku bimuvurwako kubera indirimbo Magonde...
Iyaba yashaka kuririmba Beef ngo yari kubikora wenyene ntiyari kurinda kurondera uwuririmba mu kibanza ciwe. Abavuga ko yatutse umuntu ngo baramubeshera cane gose, ivyo bishikirizwa na Emery Sun mu...
View Article#indundi | Hagati ya Miss Erica na Bruce Melodie hari ikiriko kirakoreka
Inyuma y’agacerere k’igihe kirekire, umuririmvyikazi Miss Erica agiye gusohora indirimbo zirimwo iyo yakoranye na Mugenziwe Bruce Melodie wo mu gihugu kibanyi c’Urwanda. Indirimbo zitari nke ngo...
View Article#indundi | Ibi nivyo bivurwa mu ndirimbo nshasha y’umuririmvyi Yoya Jamal
Naho aborerwa ariko ntari wenyene, asaba ko yokwerekwa abanyoye inzoga bamwimye. Inyuma y’igihe kitari gito harindiranywe igishika cinshi indirimbo Yoya Jamal yari yemeye imbere y’amafungu...
View Article#indundi | #Rwanda | Amasanamu y’akaririmbo Mana kiza bene wacu ka Apostle...
Akaririmbo Mana kiza bene wacu k’umukozi w’Imana Apostle Dr. Paul Gitwaza kamaze gusohorerwa amasamu asa neza cane. Inyuma y’igihe kitari gito umukozi w’Imana Apotre Dr. Paul Gitwaza asohoye akaririmbo...
View Article#indundi | Iki nico gituma Big Fariouz yatumiwe kuririmba muri...
Ugushaka gukomeza guhuza Urwaruka rw’abarundi ruri muri Louisville-Kentucky niyo intumbero nyamukuru y’igiteramo c’umuririmvyi Big Fariouz categuwe n’ishirahamwe Tuvugane. Ishirahamwe Tuvugane nibo...
View Article#indundi | DJ Pro yashitse i Bujumbura ntiyateba aca yakirwa n’ama radio
Dj Pro Nigger yatanguye ibiganiro ku nsamirizi zitandukanye inyuma yaho agarukiye i Bujumbura avuye muri Africa y’epfo. Inyuma yaho agarukiye i Bujumbura aho azanywe n’ukuramutsa umuryango hamwe...
View Article#indundi | Kidum yatahukanye ubushimwe akuye Australia
Inyuma y’ukurangiza igikorwa cari camujanye muri Australia, Nimbona Jean Pierre batazira Kidum Ku musi wa Mungu azoba yamaze gushika I Nairobie gusanga umuryango. Ku musi wa mungu Nimbona Jean Pierre...
View Article#indundi | Sat-b yasavye umukobwa kumuha umurengera kuko nawe amukunda cane
Inyuma y’indirimbo Iwacu, Sat-b yasohoye akandi yise Too Much aho asaba umukobwa kumuha ibirengereje kuko nawe amukunda cane. Baby give me too much cause I Love you so much ayo majambo yumvikanamwo...
View Article