Umuhinyanyuzi Dj Jackson yashimangiye ko Sat-b agiye gushira ahabona urukurikirane rwiwe muri uku kwa cumi na kabiri mu giteramo azokora ku musi wa nyuma uhereza umwaka wa 2016, na rirya ariwe ariko arakora ibishoboka vyose ngo kizobe. Umuhinyanyuzi akaba kandi na Manager w’umuririmvyi Sat-b nawe yashimangiye inkuru yarigize imisi icishwa hirya no hino ivuga igiteramo […]
↧