Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

#indundi | Umusi w’igiteramo ca Sat-b I Bujumbura wamaze kumenyekana

$
0
0
  Inyuma y’ukumenyesha ko hari igiteramo ariko arategura ngaha I Bujumbura aho azoshira ahabona Urukurikirane rwiwe rushasha. Yashize ahabona ko agenekerezo y’ico giteramo. Igenekerezo rya 31 kigarama kuri Lacosta Beach niho umuririmvyi Sat-b azoba ariko akorera ico giteramo c’agakura kirindiriwe n’abatari bake aha I Bujumbura. Ukwinjira akazoba ari 2000 fbu, guhera isaha icenda z’umurango. Ico […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Trending Articles