Hagukora vyinshi bibi ngo wotuma ukora bike vyiza, uwo ni Mugani Desire aheruka kibishikiriza Ku rubuga rwiwe rwa Facebook aho yariko aganira n’aba Fans biwe. Uwo muririmvyi aho yabivuga muri iyo Video yashize ahabona, akaba yarikumwe n’umuhinyanyuzi Dj Daddy yamenyekanye mu myaka yahera I Burundi. Ivyumvikana muri iyo Video n’uko hari Indirimbo boba bariko barahinyanyura […]
↧



.jpeg)


