#indundi | Mkombozi agiye gukorana n’umunyarwanda indirimbo
Inyuma y’imisi amaze i kigali mu rwanda, Mkombozi yatambutse intambwe ya mbere arondera ba Mkombozine na Mkombozif i Kigali nkuko yari yaravyemeye mu kiganiro aheruka kugirana n’insamirizi Indundi. Iyo...
View Article#indundi | Young PDK na Kent-p bariko bakora Clip nshasha ya Happy famba
Nkuko twari twabibabwiye ko umuhinyanyuzi Young PDK hari iitari bike ariko aakora hirya no hno mu Burundi, tukabemerera o tuzobibashikiriza inyuma y’arya makru ajanye n’iikorwa ciza aheruko gukorera mu...
View Article#indundi | Natacha Ibi nivyo yabwiye abashaka kumubona ariko aroga
Ngo abipfuza kumubona avuye mu mazi ngo bihere amaso ngo ntavyo bakibonye noneho, ivyo ni Natacha yabishikirije muri Video yashize ku rubuga rwiwe rwa Instagram aho yari mu mazi yambaye uduhuzu two...
View Article#indundi | Indirimbo ya Babbi ibaye iyambere ishikeje ama views 100.000 mu...
Kuva urubuga Indundi.com rushingwa ngo rushigikira umuziki ndundi, ni irya mbere indirimbo ikwije abantu 100.000 bayumvirije mu Mwanya muto cane ishizwe ahabona. Iyo ndirimbo tuvuga ni indirimbo Fellow...
View Article#indundi | Ashley Diva yerekanye Indirimbo akunda mu banyamahanga
Ku rubuga rwa Facebook, Umuririmvyikazi Ashley Diva yashize ahabona imwe mu ndirimbo z’abanyamahanga yemera gusumba izindi. Iyo ndirimbo ikaba ari indirimbo y’umuririmvyi Tekno w’umunya Nigeria asanzwe...
View Article#indundi Music|Wagiye Utasezeye By One Ky B Ft Double Jay
Wagiye Utasezeye By One Ky B Ft Double Jay 2,113 total views, 697 views today
View Article#indundi | Emery Sun _ Wewe ni Jewe – lyrics
—————————————————————————————————————————————– INTRO:/ —————- *Mwiza weeeeee* *Shenge weeeeee*×2 1° vers:/ ————— *N’ukuri biranditswe*, *ah’uzoshingura ikirenge,* *nanje nzohashinga icanje mu cawe*...
View Article#indundi | Tz | Rayvan yerekanye isura yindi y’umuziki wiwe
Uno musi umuririmvyi Rayvan akomoka mu gihugu kibanyi ca Tanzania abarizwa mu murwi WASAFI Classic yerekanye iyindi sura y’umuziki wiwe. Inyuma yaho asohoreye uturirimbo tutari duke twanamuhaye akaryo...
View Article#indundi | Amosozi y’umugabo akorotse haba hari ikibazo kidasanzwe
Mwambie niko karirimbo k’umuririmvyi Teacher yashimye gukorana n’umuririmvyi Master Bk abarizwa kwa jacob Zuma ako karirimbo kakaba gaheruka gushirwa ahabona akaba ata misi ibiri iheze. Ako karirimbo...
View Article#indundi Diaspora | Daddy Face | N’ urukundo canke ni Modeling?
Hari bimwe n’ibindi bigoye gutahuira kuri Daddy Face, bimwe muri ivyo n’inyambaro akunda kwambara hamwe n’umwigeme Annuaire akunzwe cane kuboneka barikumwe. Bamwe bibaza ko yoba ari Modeling barimwo...
View Article#indundi | Imbugita n’ikidaji c’inzoga, Kidum yabisubirije Ingoma
Ibikoresho vyose bishoboka birakurwamwo ubuhinga bwo kuvuzamwo umuziki nkuko biboneka ku rubuga rwiwe rwa facebook, uwo s’uyundi ni Nimbona Jean Pierre bose bazi nka Kidum asanzwe akunda cane kuvuza...
View Article#indundi | kubwa Bain Ten ngo ntawubuza Imvura kurwa
Indundi.com ngo iri mu batumye Indirimbo karita y’umuririmvyi Dj Bain Ten yavuye muri Salome y’umuririmvyi Diamond Platnumz ngo ishika kure gusumba. ariko ngo nayo ntiyatamvye yirorera kuko n’abandi...
View Article#indundi | Indirimbo ya Fizzo ihinyanyuwe na Dj Daddy ishobora kuja ahabona...
Hagukora vyinshi bibi ngo wotuma ukora bike vyiza, uwo ni Mugani Desire aheruka kibishikiriza Ku rubuga rwiwe rwa Facebook aho yariko aganira n’aba Fans biwe. Uwo muririmvyi aho yabivuga muri iyo Video...
View Article#indundi | Boris na Gitoro bakoze ibitari bwakorwe Ku Ndirimbo Nta Bundi...
Nkuko twari twabibabwiye mu makuru yacu aheruka, umurwi Peace and Love ukomeza gukundwa n’ugushira ahabona uturirimbo dutandukanye dukundwa cane gusumba nk’akaririmbo Nta bundi buhinga gaheruka...
View Article#indundi | DRC | Habuze uwahamagaje Koffi mu Rwanda naho yavuze ko azojayo
Habuze uwuriko arategura igiteramo ca Koffi Olomide I Kigali, naho we yamaze kwemeza ko buca ashika muri ico gisagara. Umuririmvyi rurangiranwa wo mu gihugu Kibanyi ca Congo yamenyesheje ko buca ashika...
View Article#indundi | Senegal | Yousou N’dour na Akon bashize ahabona akaririmbo gashasha
Inararibonye Yousou N’dour hamwe n’igihangange Akon bakomoka mu gihugu kimwe ca Senegal baheruka gushira ahabona Indirimbo nshasha iri mu rukurikirane rwa N’dour rushasha. Inararibonye Yousou N’dour...
View Article#indundi weekly Music | Top5 Week 44
1.Zigo Remix Kirundi By Tylo Sixer | Download: 3522 | View :2701 2.Wewe Ni Jewe By Emery Sun | Download: 3122 | View :39398 3.Love By Rally Joe | Download: 2024 | View :1753 4.Sarakasi By Chuz-B |...
View Article