Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

B face yagirizwa na PIM ukutamenya kwandika indirimbo

$
0
0
B face ngo nahagarike urumogi, kandi areke guhuruduka yandike bike vyiza. Ishirwa hejuru rya B Face ngo niryo rishingiweko amanyama uwo mu Rappeur afise. Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa na mugenziwe PIM nawe asanzwe akora uwo mudiho. Ivyo akaba abishikirije inyuma y’imisi mikeya cane ashize ahabona akaririmbo yise “Ndaguhana nk’umusirikare”. Muriko PIM avuga ibitari bike kuri […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Trending Articles