Patoranking ashobora gukurikira Fally Ipupa?
Mu gihe hari abari biteze ko Natacha agiye gukora akaririmbo n’umuririmvyi w’umunyaNigeria, Patoranking, ngo arashobora kudakorana nawe agakorana n’uwundi. Mu kiyago uwujejwe gutanga amakuru y’uwo...
View ArticleKidum yiyise Mzee Babayoo ngo yakire abandi bagenzi bashasha
Urundi rubuga rwa Facebook, Mzee Babayoo, rwa Kidum rwiyongereye kuri 2 asanzwe akoresha. Hampande y’urubuga rwa Facebook yarasanzwe aKoresha ruzwi nka Nimbona Kidum Jean Pierre Kidum, ngo yuguruye...
View ArticleKingorongoro abahanura kudakorera kubonwa canke ugukundwa
Kingorongoro avuga ko ugusohoka igihugu kwa bamwe mu baririmvyi bakaja gukorera ibikorwa mu mahanga, ngo bifasha kwagura umuziki. Mu kiyago yagiranye na Akeza Web TV, uwo muririmvyi wa Girl Freinds,...
View ArticleSpok’s ngo ukumenyeshamakuru nayo n’ingabire agendana
Ukumenyeshamakuru ntivyiyadukije, ariko ngo nayo n’ingabire yarafise kuva kera. Ariko ntihari bwagere ko atangura kuyikoresha Hampande y’ukiririmba, Spok’s ngo asanzwe afise n’ingabire y’ukumenyesha...
View ArticleYvan Muziki yoba ar’umunyarwanda?
Kuri bamwe Yvan Muziki s’umunyarwanda, ariko n’umurundi kuko yakuriye I Bujumbura, anarerwa na se w’umurundi. ❤✌#ClassicMan#rnb https://youtu.be/f7rwm4vORKI A post shared by Yvan Muziki (@yvanmuziki)...
View ArticleDiamond ngo yarabeshe abantu kugira abandanye avurwa
Ububeshi Diamond yashikirije, ko azorihira abantu amatike y’indege, abakinyi b’amareresi yavuzemwo babona ko yashaka kubandanya avurwa cane gusa. Ibiheruka kuvurwa na diamond Platnumz ko azorihira...
View ArticleChristian Bella yakoze mu jisho bagenziwe b’abarundi
Ugucerwa kw’abaririmvyi ndundi mu kiganiro n’abamenyeshamakuru, Christian Bella we abiha iyindi ntumbero. Abaririmvyi b’abarundi ngo nibo bari bakwiye kwakira bagenzi babo b’aba Tanzania, ariko ngo...
View ArticleVideo | Hope ngo azi kwoga nk’agafi kubera aho yakuriye
Hope irakoze kwoga ngo asa n’uwavyonse kubera aho yavukiye, akaba yanavyerekanye no mu gukubita ama Sans-Toucher mu mazi. Umuririmvyi Hope irakoze arazi kwoga ukuri kwamya kuko yakuriye hampande...
View ArticleHari urukurikirane rushasha Big Fizzo buca asohora
Indirimbo Big Fizzo yakoranye n’ibihagange zishobora gushirwa mu rukurikirane rushasha ariko arategura. Inyuma ya fizzology, Big Fizzo ngo ariko aritegurira gushira ahabona urundi rukurikirane...
View ArticleMasterland yemereye uwuzogatora ikibonamaso c’1,000,000 fbu
Amafaranga angana n’1,000,000 Fbu niyo Masterland yemereye abobashaka gutora agahamagazo kiwe gaheruka kwibwa. Uwo muririmvyi akaba n’umuhinyanyuzi kuri uyu wa 19/8 aheruka kumenyesha akoresheje...
View ArticleR flow yemeye amasanamu y’indirimbo Tell me Why Vuba
Ata gihindutse canke ngo yihindukize mw’ijambo, R Flow ariko yitegurira gushira ahabona amasanamu ya Tell Me why. Inyuma y’ugushira ahabona amajwi y’akaririmbo aho abaza umukobwa igituma yafashe akanya...
View ArticleHamenyekanye uwuriko akorana na Emery Sun ku karirimbo “Uransaza”
Emery sun ariko akorana n’uwundi mu gihe hari hazwi ko akorana na Kolly the Magic kenshi. Inyuma y’ukumenyesha akoresheje urubuga rwiwe rwa WhatsApp akazina k’indirimbo yiwe nshasha, hahavuye...
View ArticleDJ Pro na Kebby bahiganirwa ikibanza muri AEAUSA
Abarundi 2, DJ Pro na Kebby boy, nibo bamaze kumenyekana ko baserukira Uburundi mu marushanwa African Entertaiment Awards USA. Best Upcoming Artist We can’t forget our Upcoming artist, who is your...
View ArticleB face yagirizwa na PIM ukutamenya kwandika indirimbo
B face ngo nahagarike urumogi, kandi areke guhuruduka yandike bike vyiza. Ishirwa hejuru rya B Face ngo niryo rishingiweko amanyama uwo mu Rappeur afise. Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa na mugenziwe...
View Article