Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Chris Brown yarasubiriye guhagarikwa n’igipolisi muri State ya floride muri Amerika

$
0
0
Chris Brown ku musi w’ejo muri Floride aho yarafise igiteramo yarahagaritswe b’igipolisi gica kimujana ikitaraganye mw’ibohero. Ku musi w’ejo mu gihe umuririmvyi Chris Brown yarafise igiteramo mu State ya Floride, yarangije ico giteramo ahagarikwa n’igipolisi, aca ajanywa ubutaraganye mw’ibohero ribegereye nkuko amakuru dukesha ikinyamakuru c’abafaransa 20 Minutes abishikiriza. Naho ata wamenye igituma yahagaritswe, ariko amakuru […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Trending Articles