Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Iyi niyo mvo n’imvano ya Yves Kolly gukora indirimbo zikunzwe gusumba abandi

$
0
0
Agacerere Yves Kolly yigeze kuba arimwo ngo ntikari ak’ubusa, ahubwo ngo yarafise ivyo yaragamije gukora. Ivyo akaba aheruka kubiyagira bagenzibacu bakorera imboneshakure yo ku buhinga ngurukanabumenyi.  Muri ico kiyago, uwo mwanditsi w’indirimbo, akaba umuhinyanyuzi n’umuririmvyi yavuze ko ico gihe yari mu gacerere abantu baguma bamutako umwikomo bamusaba kugira ico akora kuko ngo bari bamunyotewe, ariko […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Trending Articles