Igisata kijejwe kugenzura abanyabuhinga n’ubumenyi muri Tanzania kiriko kirabira hagufi ivy’amashusho yafashwe Juma Jux na Vanessa Mdee basomanira kuri Podium. Abaririmvyi Juma Jux na Vanessa Mdee bari mu yabira kubara amashusho yabo yakwiragiye hirya no hino bariko barasomanira kuri Podium. Ayo mashusho yafashwe aho bari mu giteramo, igisata kijejwe kugenzura abanyabuhinga kivuga ko kigiye kubikurikirana […]
↧