Umurinzi wa Diamond Platinumz, Mwarabu the fighter, yarahagaritswe ku kazi kiwe ko gucunga umutekano wa Diamond. Intandaro ngo kwoba ari uko mwarabu yoba yidogera shebuja ko atamufata neza. Uwo akaba ngo yoba yabubwiye umusahirizi, Manager, wa rayvan nawe akabibwira Diamond. Kuva ivy’ugufatwa nabi kwiwe bimenyekanye ngo yoba yaciye ahabwa akaruhuko atamenye igihe kazomara nkuko amakuru […]
↧