Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Ukuri ku kudasohoka kw’amasanamu y’indirimbo Girl Freind ya Sat-b kwamenyekanye

$
0
0
Kent-p arahakana ko ivy’uko indirimbo ishobora kutaja ahabona atarivyo, naho hoba hatari icuka ciza hagati ya Sat-b na label arimwo LEC. Urukurukuru ruhari ko ivyo Sat-b yemereye aba fans biwe bishobora kutazoshirwa ahabona ngo ngo n’ububeshi, ivyo bishikirizwa na Kent-p umwe mu bamwegereye kandi akaba mu murwi usanzwe ukurikiranira hagufi ibikorwa vyiwe. Ivyo twavuga ko yemeye […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Trending Articles