Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Tz | Rayvanny nawe ari mu bazohiganwa muri BET 2017

$
0
0
  Rayvanny nawe yagiye mu gitigiri c’abahiganwa muri BET 2017 , aho azoba barikumwe na bagenziwe nka Eddy Kenzo kuva mu bugande. Umuririmvyi Raymond benshi bazi nka Rayvanny kuva mu gihugu ca Tanzania, ari mu baririmvyi nagiye guhiganirwa udushimwe mw’ihiganwa BET Awards muri leta zunze ubumwe za amerika ahitwa Los Angeles muri uku kwezi kwa […]

Viewing all articles
Browse latest Browse all 3189

Trending Articles