Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi | Yaba SAT B eka na Ashley Diva ivyabo babigize ibanga ku mugaragaro

  Yaba Ashley Diva yaba Sat-b, bose nta numwe ashima kugira ico ashikiriza ku bigize igihe bivurwa kuribo ko boba bari mu rukundo, kandi nabo nyene bakanavyerekana ku mbuga ngurukanabumenyi  basanzwe...

View Article


Tz | Rayvanny nawe ari mu bazohiganwa muri BET 2017

  Rayvanny nawe yagiye mu gitigiri c’abahiganwa muri BET 2017 , aho azoba barikumwe na bagenziwe nka Eddy Kenzo kuva mu bugande. Umuririmvyi Raymond benshi bazi nka Rayvanny kuva mu gihugu ca Tanzania,...

View Article


Indirimbo nshasha ya YAS TEAM kuba yagiye muri Indundi Top5 ngo babikesha aba...

Naho vyabatangaje, ariko kuba yarinjiye muri Indundi weekly Top5 ata misi iheze isohotse, ngo vyanavuye Ku bakunzi b’umuziki wabo. Kuba indirimbo yabo yagiye muri Indundi Top5 ata n’indwi imwe iheze...

View Article

Tz | Ubusambanyi nibwo buri inyuma y’ihunga rya Rose Muhando

  Ugushaka kumusambanya ngo nivyo vyatumye uwo muririmvyikazi Rose Muhando ahunga akaja kwinyegeza ntabe akiboneka. Rose Muhando yahavuye aboneka inyuma y’igihe kitari gito ariko araronderwa ariko...

View Article

#indundi | Elly’s Boy ngo agiye kubandaniriza akazi k’umuziki I Bujumbura

  Elly’s boy ngo agarutse I Burundi kuri uyu wa 16 rusama, ngo akaba aje kubandanya ibikorwa vy’umuziki. Mu gihe yaramaze Igihe kitari gito atabarizwa I Burundi, umuririmvyi Elly’s Boy Ku muhingamo wo...

View Article


Video | Akaririmbo Umechokoza Nyuki ka Big fariouz mu giteramo i Gitega

Big fariouz yararirimvye n’akaririmbo Umechokoza Nyuki mu giteramo aheruka gukorera i Gitega. Big fariouz n’umwe mu bagize imisi bariko barateramisha abarundi mu mihingo itandukanye y’Uburundi, uwo...

View Article

Dunia Abed aza kwakirwa na S.E Pierre Nkurunziza

  Umunyakaranga Dunia Abed ari mu Baza kwakirwa n’ umukuru w’igihugu c’Uburundi, mu gihe yaramutse agiranira umubonano n’imvukira za commune ntahangwa. Mu gihe uno musi wa 17 rusama, umukuru w’igihugu...

View Article

Big Fariouz agiye gukora ibiteramo vy’ugushumbusha aba fans

  Big Fariouz ngo agiye gushumbusha abatamubonye ariko aririmba Music Live mu giteramo yakoreye kuri Lacosta Beach. Mu kiganiro Big Fariouz yatanze Ku banditsi n’abamenyeshamakuru kuri uyu musi wa...

View Article


Kaddy simba yabikuye mu majambo, ubu yabivugiye mu ndirimbo yise “Zibe”

Abaririmvyi basanzwe bakora Hip Hop muri Arizona bahavaye bambikwa ibara na Kaddy mu karirimbo “Zibe” yashize ahabona. Kaddy yahavuye ava mu majambo araheba abishira mu ndirimbo. Inyuma y’ukubwira...

View Article


Big Fariouz na Peace and Love ngo babitege mu biteramo

  Mu gihe abatari bake bazi ko umurwi Peace and Love hamwe na Big fariouz badacana uwaka, abo baririmvyi uko babiri ngo bagiye guteramisha barundi mu mpera z’ino ndwi ya gatatu y’ukwezi kwa gatanu. Mu...

View Article

Chonge avuga ko Kaddy Simba yironderera kumenyakana gusa

Ivyakozwe na Kaddy mu gutuka abandi baririmvyi ngo yashaka kwironderera ukumenyekana nta kindi vyari bigamije nkuko vyashikirijwe na conge umwe mu bavuzwe. Na Kaddy nawe yaronse uwumwishura, uwo nawe...

View Article

#indundi Weekly Music | Top5 Week 19

Inyuma ya Big Fariouz gutwara ikibanza ca mbere mu ndwi iheze, ubu umuririmvyi Jean marie asanzwe aririmba indirimbo zihayagiza umukama, nawe yafashe ikibanza ca mbere  muri Top5 y’indwi igira 19 y’uno...

View Article

#indundi Tv | Emy One – Umuhemu ft Akes don x Masoja Yero Yero

5,384 total views, 5,384 views today

View Article


Umunye congo Christian Bella yashitse i Bujumbura mu giteramo

Umunye congo Christian Bella azoteramisha abarundi kuri uyu wa 21 rusama kuri lacosta, yashitse i Bujumbura.  Umuririmvyi w’umunyecongo ariko asanzwe akorera ibikorwa vyiwe vyinshi mu gihugu ca...

View Article

Usa | Hamenyekanye, uwo Katy Perry yaririmbiye indirimbo yo gusomana “I...

Umuririmvyikazi Katy Perry yoba ageze aho asomana n’umukobwa mugenziwe akabinezerererwa. Mbega uyo mukobwa yoba ari inde vy’ukuri? Ico kibazo kije ahabona mu gihe haheze hafi imyaka yababa 10 uwo...

View Article


@bigfariouz arisabira kutabazwa ivy’abarwanye n’abafashwe nabi

Big Fariouz ngo ntabazwe ivy’abarwanye n’abafashwe nabi mu biteramo aheruka gukora, ahubwo ngo ni bibazwe abatunganya ibiteramo n’abarwanye. Abarwanye canke bafashwe nabi mu biteramo vya Big Fariouz...

View Article

Lolilo yasubiyemwo akaririmbo Yac’umwinyegeza ya Africa Nova

  Lolilo nawe yasubiyemwo indirimbo ya Africa Nova, inyuma y’abatari bake barimwo na Yoya Jamal bazisubiyemwo. Inyuma ya kayitesi kasubiwemwo na Yoga Jamal, akaririmbo ntukamwinyegeze nako kasubiwemwo...

View Article


Ku mbuga akoresha, Inarunyonga yongeyeko @Instagram

Urubuga rwa Instagram nirwo rwiyongereye mu gitigiri c’imbuga umuririmvyikazi Inarunyonga asanzwe akoresha. Inyuma y’imbuga za Facebook, whatsapp na Snapchat umuririmvyikazi Ndayishimiye Arlaine benshi...

View Article

#indundi Hits Show Ep30 |Guest:Sat-B

Indundi Hit show with Sat-B

View Article

Sat_b_satura ngo ibivurwa ko yivye indirimbo sivyo, yarayisubije

Intandaro ya vyose ngo n’ukudashaka kumuriha amafaranga bari bavuganye ko bazomuriha niyabandikira indirimbo, aca ashima kuyisubiza.  Kubera ukuduza itugu kw’abari muri management ya Kiwundo, abo yari...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live