Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi | @donbrighter ngo ntiyakabakavye no ku birenge vya @kaddysimba

$
0
0
Ivyakozwe na Don Brighter mu karirimbo kiwe gashasha yise “Amekoma” ngo ni nk’ugusemura ijuru, kuko atashikiriye urugezo rwa “Zibe” yariko arishura. Abavuzwe mu ndirimbo “Zibe” umuririmvyi Kaddy Simba yaheruka gusohora ngo baratinye kwishura bashira umutwe mu musenyi nk’igikoko citwa Outrich, ariko Don Brigther we ngo ivyo yakoze mu ndirimbo yiwe nshasha “Amekoma” ngo kwabaye nk’ugusemura […]

Ikiyago hagati ya  Ed Nakael na Big Fariouz coba kizovamwo igikorwa

$
0
0
Ntawuramenya ko ata kindi cari cinyegeje inyuma y’ikiyago Big Fariouz yagiranye na Ed Nakael ubu abarizwa I Bujumbura mu karuhuko. Umunezero ni wose kuri End Nakael babarizwa I Bujumbura haraheze imisi hamwe n’umuhungu wiwe bavuye muri Madagascar aho basanzwe muri kino gihe babazwa. Uwo muririmvyikazi wa kera akaba abandanya ahura n’abatari bake mu baririmvyi abahinyanyuzi […]

Mu rugendo ,Akon na Davy Carmel barahuye bagirana ikiyago kitabuze ivyiza bivamwo

$
0
0
  Davy Carmel mu kiyago yagiranye na Akon i Kigali mu Rwanda, boba bayaze nk’umumenyeshamakuru gusa, canke n’ibijanye n’umuziki vyarimwo.  Mu gihe I Kigali mu Rwanda hari Ihuriro ry’Urwaruka rw’abanyafrika ry’umwaka wa 2017, umuririmvyi Ibinyamakuru vyo muri ico gihugu kibanyi vyari vyamenyesheje ko azohashika nawe muri iryo huriro, na rirya yahaheruka nyene aho yaraje kuyaga […]

#indundi Weekly Music | Top5 Week 21

$
0
0
Abaririmvyi Iry Tina na Big Fizzo mu karirimb Mida ya Love nibo batwaye ikibanza ca mbere mu rutonde rw’indirimbo 5 zakunzwe cane muri ino ndwi. Ariko n’akaririmbo Ka kagezi Rmx ya rally joe nayo iri mu zakunzwe muri ino ndwi aho iza mu kibanza ca gatanu nayo, utundi turirimbo tubonekamwo  ni nka Ivo ivo ya […]

#indundi Music|Dakika Moja by Trez B ft Rally Joe

$
0
0
Dakika Moja By Trez B ft Rally Joe

Abatowe muri Miss Burundi, Big Fariouz ntababona kumwe bose

$
0
0
Miss Annie Bernice wenyene ngo niwe yarakwiye ikibanza yaronse muri Miss Burundi 2017, nayahandi ngo ntobari bakwiye guhabwa ico kibanza.  Miss Burundi 2017 Annie Bernice ngo arabereye ikibanza ca yahawe n’abamutoye muri iryo higanwa rya Miss Burundi. Ivyo bishikirizwa na Big Fariouz mu kiganiro yagiranye na Indundi Magazine.     Muri Ico kiyago, big Fizzo […]

Ukuri ku bivurwa ko Diamond Platnumz yateye inda Hamissa Mobeto

$
0
0
Umwana Mobeto yibungenze ngo suwa Diamond, kuko ngo se arahari kandi ntiyiteze kumuvuga.  Mu gihe vyari bimeze Igihe bivurwa ko umuririmvyi Diamond Platnumz yoba yarateye inda umwigeme Hamissa Mobeto, abatari bake bakaba batigeze bamenya ukuri kuko yaba diamond haba Mobeto bose bakaba bari basa n’abahoze kuri ivyo vyagiriji. Mu kiganiro yagiranye n’umwanditsi w’ikinyamakuru Mtanzania, yamenyesheje […]

#indundi Music|Kwasakwa By Babbi


Kebby Boy yasobanuye icatumye akaririmbo kiwe gasohokera mu mahanga ubwa mbere

$
0
0
Urubuga rudandaza umuziki mu buganda nirwo rwabaye intandaro y’isohoka kare mu mahanga y’indirimbo nshasha ya Kebby Boy. Mu gihe agashavu kari kose ko Kebby yoba yarabeshe, aho yamenyesha ko azoshira ahabona akaririmbo kiwe gashasha kuri uno wa kane. Ariko gushira ku musi wa kabiri ako karirimbo kakaba kari katanguye kuboneka ku mbuga zimwe zimwe zo […]

Vianney Peace and love agiye gukora ibiteramo I Burayi

$
0
0
Ibihugu bine nivyo bimaze kumenyekana ko Vianney Peace and Love azokoreramwo ibiteramo Ku mugabane wa Buraya. Mu gihe vyari vyaravuzwe haraheze Igihe kitari gito ko yoba hari uruhererekane rw’ibiteramo umurwi Peace and Love uzokora Ku mugabane wa buraya, ariko mu nyuma biza kuvurwa n’umuhisi Bobo ko hoba habaye ukutumvikana, hamaze kumenyeshwa ko hari uruhererekane rw’ibiteramo […]

Ukuri kubafotoye Munyare na Big Fariouz igihe bahura

$
0
0
Foto zafotowe Munyare na Big Fariouz ngo zafotowe n’abahita ariko nta numwe bari basavye kubafotora. Mu gihe abatari bake bagumanye amatsiko ko Munyare na Big Fariouz bashobora kuba hari Ibikomeye bayaze aho baheruka guhura, eka n’ikibanza bahuriyemwo kikaba kitamenyekanye. Indundi twashimye kumuyagisha Munyare ngo agire ico atubwira. Mu kiyago gito Munyare yagirange na Indundi Magazine, […]

Lucia Badgual yashimye gutangurana akaririmbo kari mu rurimi mvamakungu

$
0
0
Udufoto twiwe asa n’uwutambaye , Lucia Badgual, twamenyekanishije akaririmbo kasohotse kari mu rurimi mvamakungu. Mu gihe hari haheruka urukurukuru rw’amashusho asa n’uwutambaye yifotoje, ayo mafoto nyene akaba yaciye atangura gukoreshwa hadaheze imisi ngo bikunde amenyekanishe akaririmbo kiwe gashasha, Lucia Badgual yahavuye agashira ahabona. Ako karirimbo gashasha kakaba kashizwe Ku ndimi mvamakungu, icongereza, kuva gutangura gushika […]

Ku muhora wiwe wa Instagram Big Fariouz yamenyesheje ko Video ya “Konzi” buca isohoka

$
0
0
Inyuma ya video ya “Urambabaza” ngo iya “Konzi” nayo iri mu nzira, hamwe n’imipira n’inkofero zayo. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram, umuririmvyi Big Fariouz yamenyesheje ko buca ashima ahabona amasanamu yo akaririmbo n kiwe gashasha aheruka gusohora gakozwe na Yves Kolly, Konzi. Ako bakaba karanateje uruhagarara mu batari bake basanzwe bakurikirana umuziki co kimwe n’abaririmvyi […]

Akaririmbo ka sat_b_satura kakozwe na Washington ngo karashirwa ahabona

$
0
0
Sat-b ngo agiye gusohora Akaririmbo gashasha kakozweko n’abahinyanyuzi bakomeye hamwe n’umunya Uganda Washington. Indirimbo yahinyanyuwe n’abahinyanyuzi batatu Washington’s muri Uganda hamwe na Amir eka na Dj Kolly ngo niyo ndirimbo ishobora gusohoka umwanya n’umwanya na Sat-b. Uwo muririmvyi abicishije Ku rubuga rwiwe rwa facebook ntiyahengeshanije kumenyesha aba Fans yiwe yise aba Boss biwe ko biyitega […]

Urukurikirane rw’indirimbo 12 nirwo Don brighter yatanguye kugurisha

$
0
0
Indirimbo 12 zirimwo izo yakoze wenyene hamwe n’izo yakoranye n’abandi nizo zigize urukurikirane My World yatanguye kugurisha. Inyuma y’igihe bivurwa ko buca ashira ahabona urukurikirane, umuririmvyi Don Brighter yahavuye yerekana neza neza utwo rukurikirane aho umuntu ashobora kurusanga. Mu kiyago gito twagiranye yamenyesheje ko urwo rukurikirane rugizwe n’indirimbo 12, izo ndirimbo abazikeneye bakaba bashobora kuzisanga […]

Elly’s Boy buca asohora akaririmbo yise “Bado”

$
0
0
Elly’s boy agiye gushira ahabona akaririmbo kiwe gashasha yise “Bado” kahinyanyuwe na Zaky Classic. Akaririmbo “Bado” Niko kagiye gushirwa ahabona n’umuririmvyi Elly’s Boy. Ako kakaba kariko canke kakozwe n’umuhinyanyuzi Zaky Classic bari basanzwe bazinanye kuko bamaze gukorana indirimbo zitari Nke. Ako karirimbo hakaba hataramenyekana ubutumwa buzoba burimwo. Kakaba gasohotse inyuma y’akandi yakoranye na bagenziwe Kebby […]

Sat_b_satura yasohoye akaririmbo yise “Ivyo bintu” yakoranye na Washington

$
0
0
“Ivyo bintu” niko karirimbo gashasha umuririmvyi Sat-b yashize ahabona n’amasanamu yako aho yagakoranye kandi kakanahinyanyurwa na Washington ubwiwe.  Akaririmbo Sat-b Ku musi w’ejo yari yemereye aba Fans biwe ko ata masaha 24 aza guhera kataraja ahabona, yahavuye asohorera Ku muhora wiwe wa YouTube nkuko bisanzwe. Ako karirimbo Sat-b yakise “Ivyo bintu” ako kakaba kakozwe n’umuhinyanyuzi […]

Umumenyeshamakuru Majeste Barenga yahawe agashimwe n’ishirahamwe UAC

$
0
0
Ishirahamwe UAC rihurikiyemwo abaririmvyi b’abarundi uno musi ryahaye agashimwe umumenyeshamakuru Majeste Barenga.    Uno musi Niho umumenyeshamakuru Barenga Alain Majeste yahabwa agashimwe k’umumenyeshamakuru w’ukwezi yigenjeje neza mu gushigikira umuziki n’akaranga ndundi muri kuno kwezi kwa kw’indwi. Uwo mumenyeshamakuru yahawe ako gashimwe kuri uno musi akaba asanzwe akorera insamirizi Radio Culture hamwe na La Voix du […]

Bimwe mu vyaranze Pamoja Festival ‏yabaye ku ncuro ya 2 i Bujumbura

$
0
0
Ibintu bitari bike vyaribonekeje muri Pamoja Festival uno mwaka birimwo ihiganwa ryabaye, igiteramo camaze umwanya utari muto, abashitsi baje bava kure, n’ibindi bitari bike. Ku musi wa mungu igenekerezo rya 30 mukakaro Ku ncuro ya kabiri Niho haba isabukuru Pamoja Festival risanzwe rihuza abaririmvyi basanzwe bakora umuziki w’uguhimbaza n’ugutazira umukama. Muri iryo sabukuru ryitabiriwe n’abantu […]

Kook-k ntiyerekwa abaririmba mu ma Karaoke indirimbo z’abaririmvyi b’ibihugu bibanyi

$
0
0
Hari bamwe mu basanzwe bakora ama karaoke kubwa Kook k ngo baca intege bagenzi babo bakora umuziki. Mu gihe bamwe basanzwe baryohererwa indirimbo zitandukanye zisanzwe zivuzwa mu ma Karaoke atandukanye asanzwe ahari aha Iwacu, hari n’abandi baterekwa indirimbo zimwe zimwe zisanzwe zihavugirizwa. Kook k yagaragaje akababaro afise ku muhora wa Facebook aho yanditse ko yashimye […]
Viewing all 3189 articles
Browse latest View live