Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi |Kebby| Mwanzo ni kutafuta gisi ya kusambaza Mziki

$
0
0
Kazi ya kutafuta njiya ya kusambaza Afrika pote Mziki wake ndio kazi ya kwanza ya kufanya mbele ya kutoa Mziki. Kazi wanao ni ya kutafuta zingine njia za kusambaza Mziki wake Africa kote. Alisema .Mwanamziki Kebby Boy kutoka inchini Burundi, lakini kwa sasa kazi zake anazifanyia uko inchini Tanzania. Mwanamziki huo akiongea na Indundi Magazine […]

#indundi | Urubuga rwa Aime M. ruzoja ahabona vuba

$
0
0
Urubuga ngurukana bumenyi rwa Aime M. rugiye kuja ahabona aho ruzoba umuhuza hagati y’ibikorwa vyiwe n’abakunzi b’umuziki wiwe. Amasanamu(video), indirimbo , amashusho(photo), n’izindi nzira zose zerekeza aho umuntu ashobora gukura ibikorwa ry’umuririmvyi Aime M. nivyo buzoba biri Ku rubuga www.iamaimem.com rugiye gushirwa ahabona mu misi mikeya cane. Mu kiganiro uwo muririmvyi yagize na Indundi magazine […]

#indundi New Audio|Ubikunze By Ruben

$
0
0
[audio_id 230795] 1,410 total views, 1,410 views today

#indundi | Impari zavyutse kubera indirimbo nshasha ya Lolilo

$
0
0
Indirimbo nshasha y’umuririmvyi Lolilo yatanguye gutera rwaserera hagati y’abantu bavuga ko bayikoze na Lolilo we ubwiwe. Umuhinyanyuzi Keshy Abdoul akorera mu gihugu ca Afrika y’epfo, yamenyesheje ko uwanditse Ku ndirimbo nshasha ya Lolilo ko ariwe yayikoze atariwe ahubwo we yafatanije amasanamu gusa kuko Atariwe yayafashe. Ivyo ngo biterekana ko abahinyanyuzi ndundi bamwe bamwe n’abaririmvyi bamwe […]

#indundi | Izokorana n’abigeme babishoboye kandi babishaka

$
0
0
<<Twashimye gukorana n’abashaka kandi bashoboye kuko abandi bo twabonye ata gahunda yo kugera kure bagira.>> ivyo vyashikirijwe n’abajejwe gutanga amakuru mw’isabukuru ry’umuziki w’abigeme aho twamubaza ico abigeme bamaze kumenyekana bakoranye mu myaka ibiri iheze babafashije ngo nabo babashe kurenga imipaka ubona ko buri mwaka bahamagara umunyamahanga. Uwo ajejwe gutanga amakuru akaba yabandanije amenyesha ko uno […]

#indundi | Big Fizzo agiye guteramisha abatwarwa na Museveni

$
0
0
Ibiteramo mu Bugande no mu Rwanda n’ishirwa ahabona y’indirimbo nshasha nivyo bikorwa bigiye kuranga Mugani Desire muri ndamukiza.  Mugabo Desire benshi bazi nka Big Fizzo ngo agiye kwerekeza mu gihugu c’ubugande aho azokwitabira igiteramo yatumiwemwo. Ico gihangange yamenyesheje ko igenekerezo rya 14 ndamukiza azoba ari mu gihugu c’ubugande aho azoba arikumwe n’abaririmvyi batandukanye bo mu […]

#indundi | Masterland agiye gusohora indirimbo nshasha

$
0
0
Sinzohinduka niko karirimbo gashasha k’umuririmvyi Masterland inyuma y’iyo yakoranye na Yves Kolly. Inyuma y’ugushira ahabona inzu y’ubuhinyanyuzi yiwe yise Master Muzik, Master land yamenyesheje ko agiye gushira ahabona indirimbo nshasha iri mu mudiho wa Kizomba nkuko amakuru dukesha uwo muririmvyi abishikiriza. Masterland akaba agiye gushira ahabona iyo ndirimbo irikumwe n’amasanamu yayo nkuko urubuga rwiwe rwa […]

#indundi | Sat-b ntazitabira igiteramo i Burundi

$
0
0
Sat-b ngo ntiyagishijwe Inama mu gushirwa ku rupapuro rw’igiteramo kizobera mu Kibenga ahitwa kuri La Costa Beach, ngo Nico gituma atazitabira ico giteramo. Ntazitabira igiteramo kizobera I Burundi nkuko yabiyagiye ikinyamakuru indundi Magazine kuko ngo ntiyagishijwe inama. Ivyo vyashikirijwe na Sat -b. Mu kiganiro yahaye Indundi magazine yabandanije amenyesha ariko ko ashigikiye ibikorwa cabo kuko […]

#indundi | Kidum yise umusi mukuru w’amavuko y’umwana wiwe izina Francky Joe

$
0
0
Kidum yise umusi mukuru w’umwana wiwe Francky Joe izina ry’umuririmvyi w’umunyarwanda. Aho bukera igenekerezo rya 27 ntwarante(4) buca umuhererezi wa Nimbona Jean Pierre kidum azwi kw’izina rya Nimbona  Nicole akwiza umwaka w’amavuko. Uwo mwana yavutse se adahari yagiye kurondera ubuzima mu gihugu c’urwanda aho yari afise igiteramo, ngo azokorerwa isaburu ry’akarorero. Amakuru dukesha abegereye uwo […]

#indundi | Hamenyekanye ivy’ukuja muri Politique kwa Theogene

$
0
0
Ibivurwa ko Theogene benshi bazi nka Bosebabireba yoba yaragiye muri Politique kugira arondere amaronko ngo sivyo na gato.  Izo nkuru zatanguye kuvurwa cane aho uwo muririmvyi yaboneka cane ariko aramamaza umugambwe wa NRM usanzwe washize imbere Museveni yahavuye atahukana intsinzi. Mu kiganiro yahaye kimwe mu binyamakuru nyarwanda yamenyesheje ko we yariko akora akazi gusa kuko […]

#indundi | Cedric Bangui arashima ko yasimvye imbugita

$
0
0
Inyuma y’ibarwa ry’ukuguru kwa Cedric Bangui kuri uyu wa mungu igenekerezo rya 13 ntwarante, ubu ngo ni sawa. Imvune yo mu mwaka w’1987 niyo yamuvyutse bituma aja kubarwa. Ivyo vyashikirijwe na Cedric Bangui aho yabazwa ivy’ibarwa ryiwe yamenyesheje ku musi wa mungu ko ryabaye. Uwo muririmvyi wa kera yamenyesheje ikinyamakuru Indundi Magazine ko ivy’iyo mvune […]

#indundi | Emelance yasohoye indirimbo inyuma y’ukuva ku mbugita

$
0
0
Inyuma y’ukuva ku mbugita yashize ahabona indirimbo yise Africa njo Nyumbani yakoreye mu Bugande. Africa njo Nyumbani niko karirimbo gashasha k’umuririmvyikazi w’umurundi Emelance Emmy aheruka gushira Ku mugaragaro. Mu kiganiro uwo muririmvyikazi yahaye indundi Magazine yamenyesheje ko iyo ndirimbo yakoreye mu Bugande yayikoze amaze kubona ko ahantu hose umuntu abari hashobora kuba muhira. Aho ngo […]

#indundi | Iteranwa ry’amajambo kubera amasanamu y’indirimbo nshasha ya Lolilo rirabandanya

$
0
0
Abdoul Keshy ngo mu gihe yafashe amasanamu ntayafatanye ngo ntiyarakwiye kwandikwako wenyene. Umuryango wa Lolilo wahavuye aragira ico ashikirije Inyuma yaho mu misi iheze tubashikirije inkuru ivuga ko hari impari hagati y’uwuvuga ko yafashe amasanamu y’indirimbo nshasha y’umuririmvyi Lolilo muri Afrika y’epfo hamwe na Lolilo ubwiwe. Amakuru dukesha  umiryango wa lolilo Ku kibazo c’izina ry’uwateranije […]

#indundi audios | Njala by Sat-b

$
0
0
Njala By Sat-B 1,895 total views, 1,895 views today

#indundi | Mkombozi buca asohora indirimbo nshasha

$
0
0
Indirimbo itaramenyekana izina canke ubutumwa buzoba burimwo niyo igiye gukorwa n’umuririmvyi Nzeyimana Thomas benshi bazi nka Mkombozi. Inyuma y’indirimbo Inkinzo ya Nyaburunga umuririmvyi Mkombozi yumvikanyemwo, ngo hagiye kwumvikana iyindi ndirimbo nshasha nayo izoba itoroshe nkuko amakuru dukesha bamwe mu begereye uwo muririmvyi abandanya abishikiriza. Iyo ndirimbo izoba ifise ubutumwa bwigisha nkuko bimenyerewe muzo asohora ngo […]

#indundi New Audio|Mpumuriza By Super Huff Ft Emery Sun

$
0
0
Mpumuriza By Super Huff Ft Emery Sun 104 total views, 104 views today

#indundi radio show | Ingoma beat na Sat-b

$
0
0
6,589 total views, 3 views today

#indundi | Kidum mu ndirimbo n’umu congomanikazi Alicios

$
0
0
Kidum buca ashira ahabona  indirimbo nshasha bakoranye n’umuririmvyikazi Alicios  w’umucongomani ariko akorera muri Sweden.  Umuririmvyikazi alicios afise ubwenegihugu bwa Congo ariko akorera ibikorwa vyiwe muri Sweden niwe yakoranye Indirimbo n’igihangange Kidum. Nkuko amakuru dukesha urubuga rwa Facebook rw’ico gihangange Kidum abivuga n’amasanamu y’iyo ndirimbo yamaze gukorwa hakaba haboneka ko asigaye kuja ahabona gusa. Ntihamenykanye akazi […]

#indundi | Ashley Diva yibipfurije Pasika nziza yambaye agahuzu ko musi

$
0
0
Ashley Diva yifurije amakunzi b’umuziki wiwe bamukurikirana Ku rubuga rwa Facebook pasika nziza yambaye agahuzu ko kwogana. Umuririmvyikazi Ashley Diva mu kwifuriza umusi mwiza wa Pasika abakunzi biwe basanzwe banamukurikirana Ku rubuga rwiwe rwa Facebook yashize ahabona isanamu arikumwe na mugenziwe asa n’uwambaye ubusa. Uwo muririmvyikazi akaba muri kino gihe abarizwa mu gihugu ca Kenya […]

#indundi | Kubwa Yeremiya ngo haracariho ivyizigiro

$
0
0
Kubwa  Yere mu ndirimbo yiwe nshasha yise Mpore ngo haracariho Ivyizigiro kugira igihugu c’Uburundi gikire kuoo hakiri abagabo bakunda igihugu. <<Indirimbo zitari nke zarasohotse ariko ntizishike muhira I Burundi kubera ari indirimbo zikoreshwa mu bindi bikorwa.>> Uko niko umuririmvyi w’umurundi ariko akorera ibikorwa vyiwe Ku mugabane wa buraya neza neza mu Bubirigi ariwe Jeremie Hakeshimana benshi […]
Viewing all 3189 articles
Browse latest View live