Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Viewing all 3189 articles
Browse latest View live

Natacha ashobora kuzokorana n’umuririmvyi akomeye wo muri Congo

$
0
0
Ivy’indirimbo nshasha Natacha ashobora kuba ariko arakorera muri Congo biracagoye kwemeza. Igikorwa gishasha gishobora kuboneka mu misi ya Vuba, ariko ngo biracari igipfungu. Ayo akaba ari amakuru cukesha bamwe mu begereye umuririmvyikazi Natacha. Urwo rukurukuru ko indirimbo hagati ya Natacha n’umuririmvyi w’umunyecongo akomeye ishobora kuba igira iboneke yatanguye gukwirakwizwa kuva aho uwo muririmvyikazi afatiye urugendo […]

 Indirimbo 20 zizokurwamwo indirimbo y’ukwezi kwa 5 zasohotse

$
0
0
Uwuzosubirira Chonge mu kibanza c’umuririmvyi w’ukwezi, azova muri baririmvyi baririmvye indirimbo 20 ziheruka gutorwa ngo zihiganirwe ico kibanza. Mu gihe indirimbo 20 z’ukwezi kwa 4 zavuye akaririmbo Nkunda ngukunde ka Chonge, kakaba aka 1 kandi kakaba kari kabaye aka 1 incuro zirenga 2 zose mu rutonde rw’indirimbo 5 ziba zakunzwe kuri indundi, n’uku kwezi kwa […]

#diaspora | indirimbo nshasha ya Don Brighter igaruka ku kiyago yagiranye n’umuvyeyi wiwe

$
0
0
Akaririmbo gashasha ka Don Brighter  Hadithi ya mama ariko kakozwe mu mwaka wa 2015, kagaruka ku kiyago yagiranye n’umuvyeyi wiwe yabuze haraheze imyaka 17. Hadithi ya mama n’akaririmbo gashasha k’umuririmvyi Don Brighter gaheruka gushirwa ahabona muri ino ndwi twaraye turangije, uwo muririmvyi aganira na Indundi magazine, yamenyesheje ko iyo ndirimbo ivuga ivy’ubuzima bwiwe. Muri ico […]

#diaspora | King Donny arasobanura icatumye Adorable iboneka kuri Youtube ya MoMusic

$
0
0
Hamenyekanye igituma Akaririmbo Adorable kamaze imisi gashizwe ahabona, kabonetse ku rubuga rwa Youtube rw’ishirahamwe MoMusic. Mu kiyago gito yagiranye na Indundi magazine uwo muririmvyi yatubwiye ko ako karirimbo kabonetse kuri urwo rubuga kuko ngo umuhinyanyuzi akomeye w’umunyarwanda ariwe bakoranye ako karirimbo. Uwo nawe n’uwitwa Lick Lick. Muri ico kiyago nyene yemenyesheje ko we ubwiwe ata […]

#indundi Weekly Music | Top5 Week22

$
0
0
1. Come Closer By Thity Love Ft Crown Rema 2. Mon Amour By Miss Erica 3. Tungi By T Max Ft Mr Nay  4.Ubumenyi By Vg Wawa 5. Ikiri Kumutima By Bain Ten Ft Maty Bwoy 16,759 total views, 0 views today

Batanze insobanuro y’ijambo Bwoy ryumvikana mw’izina rya label ya Big Fizzo

$
0
0
Ijambo Bwoy rikunze kwumvikana aha iwacu mw’izina ry’inzu y’ubuhinyanyuzi ya Big Fizzo ryateje uruhagarara ngo  hamenyekane ico risobanura. Ijambo Bwoy riherekeza riharawemuri The Bwantu Bwoy Ent. inzu y’ubuhinyanyuzi ya Big Fizzo, rirateye uruhagarara ku rubuga ngurukanabumenyi rwa facebook. Gafotozi Jimmy Nzisabira benshi bazi nka Jimmy Nzi ku musi wa mungu igenekerezo rya 20 rusama kuri […]

Indundi Hits Show|Guest:Titus Da Sailor

$
0
0
Mu kiganiro Indundi Hits Show umuririmvyi  Titus Da Sailor yarasinguye ijambo ikiroroge .Ngo ni ijambo yashoboye gukoresha mu karirimbo yise wari ikiroronge aho avuga ko ari umukobwa nayo ngo indirimbo  yise irungu ngo ivyo yaririmvye ni ivyamubayeko. Nayo  ku ndirimbo  icipfuzo ngo si vyose vyamubayeko. Ku bwiwe ngo icamushikiye kikanamubabaza mu buzima adashima kuguma avuga mu kazi kumuziki […]

#indundi Music|Slow Down By Addi The Rapper &F.I.S.T.O.N

$
0
0
[audio_id 233374] 842 total views, 0 views today

Amasanamu y’ururirimbo Sabwe rwa Masterland buca aja ahabona

$
0
0
Amasanamu y’ururirimbo  “Sabwe” rwa  Masterland ngo arashirwa ahabona kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 3 Ruheshi. Ivyo vyashikirijwe na Masterland ubwiwe . Urwo ruririmbo rukaba ruzoba rwakorewe amasanumu inyuma y’imisi itari miki rusohotse . Aho inyuma yisohoka ry’amajwi ry’ugo rurimbo rwateye ibibazo bitandukanye kuko bamwe bibaza ko uwo muririmvyi yoba yakiriye agakiza.Ariko mu nyuma akaba yagiye […]

Fortran buca yerekana umuririmvyi yasizwe amavuta

$
0
0
Uno mwaka Fortran Bigirimana mu biteramo azokorera aha I Burundi azokwerekana umuririmvyi avuga ko azoshika Ku nyota y’abamukurikirana. Ibintu bishasha mu biteramo vya Fortran Bigirimana yitegurira gukorera I Bujumbura bibandanya biboneka Ku bwinshi. Hampande y’abashitsi bashasha bazozanwa na Bigirimana, uwo muririmvyi yamenyesheje Ku rubuga rwa Facebook ko hari umuririmvyi w’umurundi mugenziwe azereka abazoba baje mu […]

Urukurikirane rushasha rwa Fabrice ruzoba ruryohoye mu buryo mpuzamakungu

$
0
0
Umuruirimvyi aririmba indirimbo zo guhimbaza Imana Fabrice Nzeyimana ngo ariko arategura urukurikirane rukomeye cane, ruzoba rugizwe n’indirimbo zihinyanyuye mu buryo bukomeye, burimwo uburyo bakunze kwita Live hamwe n’uburyo Electronic.  Mu kiyago giheruka kubera ku rubuga rwa Facebook rw’uyo muririmvyi, aho yariko agerageza gusobanurira abantu ko umuziki ukozwe mu buryo Electronic n’abantu babizi kandi bamaze gutera […]

Ivy’ugusubirana kwa Diamond na Zari bisa n’ivyapfuye

$
0
0
inyuma y’isohoka ry’amasanamu y’akaririmbo Iyena ka Diamond hakwirakwijwe urukurukuru ko uwo muririmvyi yoba yasubiranye n’uwahoze ari umukunzi wiwe Zari the boss lady. Indirimbo Ineya ngo yafashwe amasanamu Diamonda platnumz na Zari the boss bataratandukana, aho hari mu kwezi kwa 2 kw’uno mwaka, nkuko amakuru dukesha insamirizi Galaxyfm abishikiriza. Ayo makuru nyene akabandanya amenyesha ko umukunzi […]

Amasanamu ya Sabwe ya Masterland yagizwe icitegererezo ku batahora babona ivyiza biva aha iwacu

$
0
0
Amasanamu y’indirimbo Sabwe ya Masterland ariko atangwako akarorero ngo abahora bavuga ko atavyiza abahinyanyuzi ndundi bakora ngo barabireko, baheze bikosore. Abayamaze bagize ngo uwitonze abimira ibinoze. Umuririmvyi Masterland ku musi w’ejo yashize ahabona amasanamu y’akaririmbo kiwe yise Sabwe. Ayo masanamu akaba abatari bake bari bayarindiranye igishake, ariko akaba yasa n’ayatevye gato kuko yariko arahinyanyurirwa muri […]

Ivy’indirimbo ya Natacha na Fally Ipupa vyafashe umurongo

$
0
0
Amasanamu y’indirimbo ya Natacha na Fally Ipupa buca aherahezwa, noneho ngo indirimbo ibashe gushirwa ahabona. Ntibikiri ibanga, umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka aheruka gutahukana indirimbo yakoranye n’umuririmvyi Fally Ipupa. Iyo nkuru yahora ari urukurukuru yemejwe n’umuzo w’umuhinyanyuzi w’umunya Tanzania asanzwe akora amasanamu. Nkuko amakuru dukesha urubuga rwa Facebook rw’uwusanzwe atanga amakuru ya Natacha, uwo muhinyanyuzi ngo ikimuzanye […]

#indundi Music|Patati Patata By King Plata

$
0
0
3,197 total views, 0 views today

B Face buca asohora amasanamu y’akaririmbo Free Style

$
0
0
Inyuma y’uturirimbo Impamvu na Hitamwo, B Face ngo agiye gushira ahabona amasanamu y’akaririmbo Free Style kuri uyu wa 5. Mu gihe ata masanamu y’indirimbo yiwe yaheruka gushirwa ahabona, umuririmvyi B Face yamenyesheje ko ku musi wa gatanu igikorwa gishasha ngo buca gishirwa ahabona. Uwo musore asanzwe akora umudiho wa Hip Hop, akoresheje urubuga rwa Facebook, […]

The Bantu Bwot Ent yaronse umuhinyanyuzi mushasha “Peniel Pro”

$
0
0
Big Fizzo n’umurwi wose wa The Bantu bwoy ent bamenyesheje kuri uyu wa 3 ko ubu bafise umuhinyanyuzi mushasha muri iyo nzu y’ubuhinyanyuzi. Umuhinyanyuzi mnushasha mu nzu y’ubuhinyanyuzi ya The Bantu Bwoy Ent yamaze kuboneka, uwo nawe s’uyundi ni Peniel Pro, umwe mu bahinyanyuzi bagize imisi bifashe neza mu gikorwa c’uguhinyanyura indirimbo zitandukanye aha iwacu. […]

#indundi Weekly Music | Top5 Week 23

$
0
0
1. Wari Ikiroroge By Titus Da Sailor 2. Mon Amour By Miss Erica   3. Tungi By T Max Ft Mr Nay 4. Sinkibona Abandi by Sosthène ft Kolly Pim 5. K MUCO ft PORO – CASSAVA   183 total views, 0 views today

Ashley Diva agiye kuva mu gacerere

$
0
0
Inyuma y’amajambo y’Imana asigaye arangwa Ku rubuga rwa Facebook rwa Ashley n’umukunzi mushasha, uwo umuririmvyikazi agiye gusohora akaririmbo gashasha. Mu gihe yasa n’uwibagiranywe, umuririmvyikazi Ashley Diva ariko arisuganya ngo ashore ahabona akaririmbo gashasha. Abicishije Ku rubuga rwiwe rwa Facebook, umuririmvyikazi Ashley Diva yamenyesheje ko hari igikorwa gishasha ariko arategura. Ivyo abishikirije mu gihe yaheruka kwerekana […]

#Diaspora | Kaka boney yagizwe umukuru w’ishirahamwe ry’abanyabuhinga b’abarundi bari Amerika

$
0
0
Hampande ya Kaka Boney yagizwe umukuru w’ishirahamwe ry’abanyabuhinga babarizwa muri Amerika, n’uwundi murwi munini nawo washizweho. Ishirahamwe ry’abanyabuhinga b’abarundi baba mu mahanga bashinze Kaka Boney igikorwa c’ukurongora iryo shirahamwe Ku mugabane wa Amerika. Mu kiyago gito yagiranye na Indundi magazine, twamubajije nimba azogumana ikibanza yahorana mu biro vy’iryo shirahamwe kw’isi, akaba yamenyesheje ko ico kibanza […]
Viewing all 3189 articles
Browse latest View live