Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi | Lion Story i Kigali muri Concert

Ibiteramo bibiri nivyo vyateguriwe Lion Story I Kigali, uno musi bakaza kugirira ahasanzwe hakorera Maison Shalom I Kigali. Uno musi I Kigali mu Rwanda niho abagize umurwi Lion Story baza guteramira...

View Article


McMello yashize hanze akaririmbo yakoranye na Franck Duniano na Double Jay

Inyuma yaho abwiriye abakurikirana urubuga rwiwe ko hari akaririmbi buca ashirira ahabona amasanamu, ako karirimbo kahavuye gashirwa ahabona. Ako karirimbo ka Mcmello yaragize igihe abarizwa muri...

View Article


Vichou yagarutse ku Burundi mu karirimbo kiwe gashasha

Akaririmbo Vichou yakoranye na Washington kamaze gushirwa ahabona, ako karirimbo kakaba kagaruka cane ku bwiza bw’igihugu cacu c’Uburundi.  Vichou akaba ariwe ahanini yafashe ibitero kuri iyo ndirimbo,...

View Article

Amanasanamu y’akaririmbo ka Dj Pro na Emery Sun yateye amakenga benshi

Amasanamu y’akaririmbo ka Emery Sun na Dj Pro abantu batanguye kugira amakenga ko ashobora kuterekanwa n’imboneshakure nimwe. Mu gihe akaririmbo Blaa blaa Blaa ka Dj Pro na Emery Sun kaheruka guteza...

View Article

Down ya Swagger Team +257 n’umugandekazi yahavuye isohoka

Akaririmbo kari karindiranywe igishika cinshi n’abarundi batari bake kahavuye gashirwa ahabona. Ako karirimbo tuvuga ni Down ka Swagger Team +257 bakoranye n’umugandekazi Fille. Ako karirimbo kose...

View Article


Diamond yasubiriye guhagarikirwa Indirimbo

2 muzo aheruka gukorana n’abanyamahanga ziheruka guhagarikwa ukuri kwamye Ku mboneshakure muri Tanzania. Mu ndirimbo 15 ziheruka guhagarikwa ngo ntizizongere kwerekanywa n’imboneshakure zo muri...

View Article

#indundi Weekly Music | Top5 Week 10

1.Daddy Face – Nitampata Wapi | Download: 873 | View :2680 2.Ikebuke By U One B | Download: 180 | View :682 3.Bamaramare By Buja Melody | Download: 136 | View :365 4.Ndagutume By Tylo Sixer | Download:...

View Article

Double Jay ashobora kuba ageze kwa Ashley Diva

Amajwi abiri rya Ashley Diva, nirya Double Jay ngo ashobora kuba agiye gufatanya mu gikorwa ciza. Abakurikirana urubuga rwa Facebook rwa Double Jay barashima cane iciyumviro c’ugukorana akaririmbo na...

View Article


Iki nico MA Production ya Amir igiye gukora mu kibanza ca Label

Nkuko yamye abikora ngo azofata mu mugongo umuririmvyi wese azobona abishiboye. Ivyo vyashikirijwe na Amir Pro mu kiyago yagiranye na Indundi Magazine. Yishura uko akaba yarabajijwe nimba muri MA...

View Article


Jayz yakuye Ku bwami mugenziwe P Diddy

Kuva mu mwaka wa 2011 p Diddy ariwe mu Rappeur yinjiza amafaranga menshi, uyu mwaka Jayz yamukuye Ku bwami. P Diddy ngo yakuwe Ku ntebe y’ubwami, aho ikibanza ca 1 c’umu Rappeur atunze cane kwisi...

View Article

Ivya Wema Sepetu na Diamond vyahinduye isura

Inyuma y’ukuba umukunzi wiwe w’igihe kitari gito, noneho ngo agiye kuba umukozi wiwe. Miss Tanzania 2006, Wema Sepetu arahakana gose ko atari imtandaro y’ukwahukana kwa Nasibu Abdoul azwi nka Diamond...

View Article

#indundi Music|Ipoto By Lajohn On The Flow

879 total views, 0 views today

View Article

#indundi Music|Umurundi By Kaddy Simba

1,502 total views, 0 views today

View Article


#indundi Music|Burundi By Sisco Sniper Ft Alain Kiss

1,595 total views, 0 views today

View Article

#indundi Music|Vyabihe by Kolly x Juscaëlle

3,654 total views, 0 views today

View Article


Rally Joe yitangiye umusi w’abakenyezi ashimira nyina

Rally Joe imbere yuko umusi mukuru w’abakenyezi ugera, yagize ico abwira umuvyeyi wiwe. Mu gihe hari hasigaye imisi mikeya ngo umusi mukuru w’abakenyezi ngo ube, umuririmvyi Rally Joe nawe yafashe...

View Article

#indundi | Kuri Emelamce urubanza ruzomara zibiri

Ibikorwa bishasha vya Emelance Emy ngo biriko birategurwa. Ivyo vyemejwe na Emelance ubwiwe aho yaganira na Indundi Magazine. Ivyo bikorwa avuga ko ariko arategura, uwo muririmvyikazi avuga ko ariko...

View Article


Iry Tina ahanurwa kugumana na Big Fizzo

Bamwe mu bakurikiranira hafi umuziki babona ko Iry Tina ngo ashobora kuba ari icamwa ca Big Fizzo co muri uyu mwaka wa 2017. Inyuma y’ugusohoka kw’ama foto ya Big Fizzo arikumwe na Iry Tina, aho...

View Article

Muri 2020 Akon ashobora kurwanira kwicara muri White House

Mu kiyago umuririmvyi akaba n’umurwizatunga Akon aheruka gukorana n’ikinyamakuru TMZ yavuze ko nka hamwe aramutse ashatse guhiganirwa kuba umukuru w’igihugu ngo atotumbera Senegal aho yamuka. Ikibanza...

View Article

#Diaspora | Dady Face yatanguye gufata amasanamu y’akaririmbo gashasha

Inyuma ya “Ntampata Wapi”, Dady face yatanguye gukora amasanamu y’akandi karirimbo. Mu kiyago Dady Face yaheruka kugirana n’indundi yamenyesheje ko hari Indirimbo ariko arategura gukorera amasanamu....

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live