Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

T Max yasohoye amasanamu y’akaririmbo ‘Tunatwanga na Kupepeta’

T Max yahavuye ashira ahabona amasanamu yerekanywe ubwa mbere kuri uy uwa gatandatu i Bujumbura muri Camperos. Indirimbo yari yemeye gushira ahabona mu misi ya Vuba yahavuye ishirwa ahabona, iyo nayo...

View Article


Yvan Muziki agarutse n’akaririmbo yise “Mash Allah”

Akandi karirimbo gashasha ka Yvan Muziki ngi buca gashirwa ahabona, ako kakazoza kazananye n’amasanamu. Amasanamu mashasha y’akaririmbo nako nyene katarasohoka niyo abarundi n’amakungu biteze kuri Yvan...

View Article


Ivya Preeze na Ashley Diva hamenyekanye iyo bitera bija

Ivy’inkundo zoba zari ziri hagati ya Preeze na Ashley Diva, vyoba vyahindukiye mu bindi. Ivya Ashley Diva na Preeze vyahavuye bimenyekana, iyo bitera bija. Amakenga yaheze bifata intumbero aho yashira...

View Article

#Indundi Hits Show| B Face yabavuze atakurya umunwa

Karaye kabaye akamaramaza mu kutabona canke kwakira kumwe indirimbo ya B face yise “hitamwo”. Hari abavuga ko B Face yataye umuco w’abakora umudiho wa hip hop abandi ngo yavuze ukuri kuko ivyo yavuze...

View Article

Ku musi w’abakundana, Emery Sun we yihimbarije ibindi

Emery Sun yahimbaje umusi mukuru w’amavuko yiwe ashimira Imana kuba yamushikanye kuri uwo musi. Mu gihe abandi bariko bahimbaza umusi mukuru w’abakunda, Emery Sun we yariko ashimira Imana kuba...

View Article


Miss Erica yakoranye n’umugandekazi akaririmbo yise Impamvu

Miss Erica yashize hanze akaririmbo Impamvu, ako akaba yagakoranye n’umugandekazi kandi kanakorerwa mu bugande. Inyuma y’akaririmbo Ubuziraherezo, umuririmvyikazi Miss Erica abarizwa mu gihugu kibanyi...

View Article

Big Fizzo aheruka kwerekana umukunzi wiwe bagiye kwubakana

Big Fizzo yoba agiye kugira ubugeni n’umukunzi wiwe, uwo abakunzi b’umuziki wiwe batari bake bakaba batari bamuzi. Inkuru nziza zibandanya zungikana ziva kuri Big Fizzo. Inyuma y’ukumenyesha ko hari...

View Article

#indundi Weekly Music | Top5 Week 7

1.Hitamwo By B Face | Download: 976 | View :2824   2.Aka Bebe By Kolly the magic,Wallace, Juvent&Bizzo | Download: 863 | View :2513 3.Simenyerwa By Tylo Sixer | Download: 400 | View :629 4.Hola...

View Article


Babbi ngo ntiyaririmbanye n’umunya Tanzania

Ukwihenda kwabaye kuri Cover ngo nikwo kwateye abantu kwibaza ko uwakoranye na Babbi Indirimbo ari umunya Tanzania. Abantu bariko bibaza ko Babbi yoba yaririmbanye n’umu Tanzania mu karirimbo Anga La...

View Article


Gn yashize ahabona amasanamu y’akaririmbo “Sumu Super Star”

Sumu super Star niko karirimbo gashasha umuririmvyi GN yashiriye ahabona amasanamu. Ayo masanamu yararindiriwe haraheze igihe kitari gito, akaba yashizwe ahabona kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 16...

View Article

Mkomboz ngo Imana niyo imuha Ubutumwa ashira mu ndirimbo

Abakoze Cover y’indirimbo “Amaraso mwasheshe” ngo ntawuzi intumbero bari bafise, nico gituma ata vyinshi arayibugako. Mkombozi amaze kubona Cover y’indirimbo ataririmvye ” Amaraso Mwamenye” yasenze...

View Article

Ibiriko biravurwa bishobora gutandukanya Lolilo na Loliane

Ubuzima ngo buracari bwabundi ariko ngo ibiriko biravurwa bishobora gutuma bihinduka. Ibiriko biravurwa nka hamwe bibaye arivyo ngo ntaco vyomubwira kuko vyoba ari ibisanzwe. Ivyo vyashikirijwe na...

View Article

Iry Tina arababazwa n’urwanko rubarangwamwo

Urwanko ruri mu Muziki ndundi cane cane mu baririmvyi ngo rurababaza cane umuririmvyikazi Iry Tina. Mu gihe yari mu kiganiro Ku nsamirizi Buja Fm, Iry Tina mu gice bita Tic Tac, yabajijwe mu bijanye...

View Article


Natacha yakiriwe mu biro na S.E Pierre Nkurunziza

Hampande y’agashimwe Natacha yawe na Nyakubahwa muri 2017, uno mwaka naho yasubiriye kandi kumushimira. Nyakubahwa Petero Nkurunziza kuri uyu wa mbere igenekerezo rya  19 ruhuhuma, yakiriye mu biro iwe...

View Article

Akababaro niko kumvikana muri “Ntampata Wapi” ya Dady Face

Arababara kuba nyina atamutomoreye mu mpanuro yamuhaye ku buryo yocagura umutambukanyi. Dady Face aheruka gushira ahabona akandi karirimbo gashasha, ako akaba yakise Ntampata wapi. Ako karirimbo...

View Article


#indundi | Ismail ngo Big Fizzo yarakwiye kurazwa ishinga na Sat-b

Mu gihe Big Fizzo yaheruka gusaba aba Fans biwe kwiyamiriza umumenyeshamakuru Ismail Niyonkuru aremesha ibiganiro bitandukanye vy’umuziki kuri Rema Fm, uwo nawe ntiyaretse kugira ico avuga. Uwo...

View Article

Abarundi n’umugandekazi bakoranye akaririmbo

Havuye Big Fizzo, Swagger Team +257 baciye bakubitira kwa Fille mu Buganda.  Inyuma y’akaririmbo bakoranye na Big Fizzo, umurwi Swagger Team +257 uheruka I Bugande kandi ngo bahakuye akaririmbo...

View Article


Sat-b yagizwe Ambassador wa Smart uno mwaka

Mu kiringo c’umwaka wose, Sat-b agiye kwicara mu ntebe Black G yaramaze imyaka 2 muri Smart. Inyuma ya Black G yaramaze imyaka 2 aserukira umuhora Smart( Brand Ambassador), ubu n’akanya ka Sat-b muri...

View Article

Mt Number one yemeza ko harimwo akarusho muri Vevo

Akarusho ngo ntikobura mu muhora wa Vevo nkuko Mt Number one yabiyagiye Indundi Radio. Mu kiyago Mt Number one yagiranye na Indundi Radio kuri uno musi yavuze ko gukoresha umuhora wa Vevo ngo harimwo...

View Article

Dady Face aravuga ku  biturire bivurwa mu bamenyeshamakuru

Uwutegura amafaranga yo kuja muri Studio gukora Indirimbo ngo yarakwiye gutegurana n’ayo Promotion.   Ivyo benshi bita ibiturire mu bamenyeshamakuru ngo ntivyari bikwiye kwitwa uko. Dady Face akaba...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live