Emelance Emmy ngo yatumye Uburundi bwungukira mw’isabukuru aherukamwo
Emelance Emmy yemeza ko Uburundi bufise ico bwungukiye mw’isabukuru aheruka kwitaba mu gihugu ca Mali. Umuririmvyikazi Emelance Emmy agishika ku kibuga c’indege ca Bujumbura aganutse avuye muri Mali...
View ArticleBosebabireba ngo yagarukiye aho rwotera izuba
Theogene Bosebabireba ngo aheruka kugarukira habi inyuma y’aho abagizi ba nabi bamukubise bakamusiga ari intere. Umwe mu banyarwanda indirimbo zabo zamenyekanye cane aha i wacu bakunze kwitwa...
View ArticleMt Number one yashize ahabona amasanamu y’intambo z’akaririmbo bakoranye na...
Akaririmbo Mt Number one yakoranye na Bien Freema, amasanamu yako yashizwe ahabona aho habonekamwo intambo gusa. Inyuma y’ukumenyesha ko hari akaririmbo yakoranye na mugenziwe Bien Freema, bahavuye...
View ArticleIki nico abaririmvyi bamwe na bamwe bavuze ku rupfu rwa Radio
Abaririmvyi ba hano iwacu nabo ntibaretse kwifatanya n’umuryango w’abaririmvyi bo muri Afrika y’ubuseruko babuze mugenziwabo Radio. Abaririmvyi batandukanye ba hano iwacu bari bamaze guhura na...
View Article#indundi | Kuri Sat-b ngo kwibwa si bishasha
Sat-b yemereye indirimbo uwuheruka kumwambika ibara ko yamwivye indirimbo Feel Love. Kwibwa ngo arabimenyereye cane kuko abatari bake ngo kandi bakomeye baramaze kumwiba, ivyo vyashikirijwe na Sat-b...
View ArticleFortran Bigirimana yasubiriye guhezagizwa umwana
Fortran Bigirimana n’umutambukanyi wiwe Imana yasubiriye kubahezagiza umwana, akaba yavutse kuri uyu wa gatanu mu gicugu. Ku musi wa gatanu umuririmvyi Fortran Bigirimana yatangaza ko Imana yasubiriye...
View ArticleHari amasanamu y’akaririmbo Emery Sun ashobora gufata Vuba
Emery Sun ngo hari gishasha gishobora kuboneka mu misi iza ku bijanye n’amasanamu. Igisigaye ngo yoba ari umuhinyanyuzi nayahandi we ngo yaramaze kwitegura gufata amasanamu y’akaririmbo kiwe. Ivyo...
View ArticlePaci wo muri Lion Story yabatijwe mu mazi menshi
Paci umwe mu bagize umurwi Lion Story ngo yakiriye agakiza, ubu akaba ari icaremwe gishasha muri kirisito. Umwe mu baririmvyi bagize umurwi Lion Story ngo yamaze kwakira umwami yezu kandi anabatizwa mu...
View ArticlePlatini ngo ntiyigeze aja muri Label ya Kim Frans Records
Ivy’uko Platini ngo yoba yarigeze kuba ari muri Label ya Kim Frans records ngo n’ububeshi, aho rero ngo ntawovayo atigeze yinjira. Ibiheruka gushikirizwa na Platini ko yasezeye muri Label ya Kim frans...
View Article#indundi Music|Antidote By Holy Hip Hop& Ibisigabwenge Team
113 total views, 0 views today
View Article#indundi Music| Aka Bebe By Kolly ,Wallace ,Juvent &Bizzo
916 total views, 0 views today
View ArticleT Max ashobora kuba agiye kugaruka i Bujumbura
Max agiye gushira ahabona amasanamu y’indirimbo ishobora kuba iri muzo yakoreye muri Tanzania. Mu gihe yaramaze igihe abarizwa ku mugabane wa buraya, umuririmvyi T Max ngo ashobora kuba azoba ari mu...
View ArticleMu kiringo c’imyaka 5, Best Life bazoba bari mu minwe ya Chako Music Group
Umurwi Best Life bafiswe mu minwe n’abarundi barimwo bamwe babarizwa muri Australia, nibo bariko babasahiriza muri kino gihe. Ikiringo c’imyaka itanu ngo niyo umurwi Best Life Music wemeranije...
View Article#indundi Hits Show| Guest: Ado Josan
Mu kiganiro indundi hit show co kuri uyu wa mbere, igenekerezo rya 5 Ruhuhuma, Ado Josan yarashoboye kumenyesha vyinshi bijanye n’umuziki ndundi, ingene awudandaza yamenyesheje ko umuziki ari ururimi...
View Article#indundi Music|Till Die We By King Plata Ft No Name And Serugu
1,763 total views, 0 views today
View ArticleAmasanamu ya “Yambi” ya Bobona azoshira ahabona vuba cane
Ingabire Bobona yahawe n’ababirigi igiye gushirwa ahabona kuri uyu wa 13 ruhuhuma. Aho bukera igenekerezo rya 13 ruhuhuma -2- ata gihindutse, umuririmvyi Bobona ngo azoba aramutse ashira ahabona...
View ArticleBig Fizzo buca ateramisha abanya Gitega
Big Fizzo inyuma y’ibiteramo azokorera I Bujumbura, azoca yerekeza mu ntara ya Gitega. Hampande y’ibiteramo ariko arategura gukorera I Bujumbura muri iyi ndwi ya 2 y’ukwezi kwa 2, Big Fizzo agiye...
View ArticleDiaspora | Ado josan yakoze amasanamu atandukanye n’ayaramenyerewe
Ado josan ico yemeye yaraye agishize ahabona, ico akaba ari amasanamu y’indirimbo nshasha. Ayo akaba yaje atandukanye n’ayaramenyerewe. Umuririmvyi w’umurundi abarizwa mu gihugu ca Finland ku mugabane...
View Article