Imana ntiyashaka ko Mkomboz aja muri amerika nk’impunzi
Mu karirimbo Mtambila Camp kangana n’iminota irenga 5, Mkomboz avuga vyinshi ku buzima yabayemwo mw’ikambi y’impunzi muri Tanzania. Mkomboz mu karirimbo kiwe gashasha kari karindiriwe na benshi,...
View Article#diaspora | Marembo yavuze ah’akura amajambo akomeye ashira mu ndirimbo
Marembo Alexandre ah’ari muri amerika avuga ko amaze kubera umugisha abakiri bato batari bake biciye mu turirimbo twiwe. Marembo Alexandre n’umwe mu baririmvyi b’abarundi babarizwa muri leta zunze...
View ArticleAshley Diva yabigize ibanga
Igihe akaririmbo, Ashley, asaba aba fans biwe kumubwira uwo bashaka ko bagakorana kazosohokera vyabaye inzahabu. Mu gihe Ashley Diva aheruka gusaba abakurikirana ibikorwa vyiwe ngo bamubwire umuntu...
View ArticleIbikorwa hagati ya Double Jay na Big Fizzo vyatanguye
Double Jay yamaze gushira umukono ku masezerano yo gukorana na Bantu Bwoy Ent. ya Big Fizzo. Ivyari urukurukuru ngo vyabaye ukuri, umuririmvyi Double Jay ngo yoba yahejeje gusigna muri Bantu Bwoy Ent...
View ArticleEmelance yaserukiye Uburundi muri Mali
Akaririmbo Emelance yaheruka gukorana na Mapozi mu bugande, kamuhesheje guhamagarwa muri Mali. Emelance Emmy muri kino gihe abarizwa mu gihugu ca Mali aho yitabiriye ubutumire bwa Leta y’ico gihugu....
View ArticleBig Fizzo yahamagaye Jux I Bujumbura mu biteramo
Muri uku kwa 2 Jux azoba ari I Bujumbura mu giteramo yahamagawemwo na The Bantu Bwoy Ent. Rizoba ribaye irya 1 umuririmvyi w’umunya Tanzania, Jux, yerekeza hano Iwacu I Bujumbura kuhakorera igiteramo....
View ArticleSat-b n’umurwi wiwe baraye batanze ubushimwe
Ama radio, umuririmvyi, ibiganiro, abamenyeshamakuru n’aba Dj baheruka guhabwa ubushimwe na Sat-b n’umurwi wiwe. Dj Mario, Ismail Niyonkuru, Michou, Ami pro, Hassan, RFm na Buja Fm nibo baheruka...
View ArticleT Max yamaze gukorana akaririmbo n’umutanzaniya Nay wa Mitego
T max ngo abarizwa muri Tanzania aho yagiye gukorana indirimbo n’umutanzaniya Nay wa Mitego. Indirimbo T Max yavuze ko buca bakorana n’umu Tanzania, Nay wa Mitego, yamaze gutangura gukorerwa amasanamu....
View Article#Indundi Weekly Music | Top5 Week 4
Abaririmvyi nka Marembo nibo bagarutse muri ino ndwi muri Top5 z’indirimbo zakunzwe ku rubuga rwacu. Hampnde yiwe harimwo na ba Mkombozi mu karirimbo kiwe Mtabila Camp, Magic Soldier na Fabelove nabo...
View ArticlePlatini agiye kwerekeza muri Guinée Conakry
Isabukuru ry’abanyamwema rizobera Guinée Conakry ryatumiye Platini nawe ngo azoje kubateramisha. Aho bukera King Plata ngo buca yerekeza mu buseruko bushira uburaruko bwa Afrika aho yatumiwe...
View ArticleAmasanamu ya Konzi ya Big fizzo ngo ni kuri uyu wa Mungu
Kuri Campero kuri uyu wa Mungu Big Fizzo ngo azokwerekana amasanamu mashasha y’indirimbo yiwe Konzi. Mu gihe amasanamu y’akaririmbo Konzi ka Big Fizzo yari arindiranywe igishika cinshi, hamenyekanye...
View ArticleMama La Mama ya Gaga Blue, Baraka The Prince na Mr T Touch irasohoka uno musi
Gaga Blue ngo burira ariko ntibuca akaririmbo Mama La mama yakoranye na Baraka The Prince na Mr T Touch katagiye ahabona. Aho aherereye muri Tanzania, Gaga Blue yabwiye aba fans biwe ko uno musi ariho...
View Article#indundi | Akandi karirimbo ka Andy Kool ni l’humanite
Andy Kool agiye gusohora akandi karirimbo yise ‘l’humanite’ ako kakaba muri kino gihe ngo kariko karahinyanyurwa. Akaririmbo l’humanité ngo niko karirimbo gashasha ka Andy Kool ngo buca gashirwa...
View Article#indundi | Platini yavuze icatumye ashima gukinjura muri Kim Frans Records
Kuba badashimye kumufasha mu bikorwa bitandukanye vy’ubuzima bwa minsi yose, biri mu vyatumye Platini ashima gukinjura muri Label ya Kimangu Francis. Platini ngo yatandukanye n’inzu y’ubuhinyanyuzi...
View Article#indundi | Gaga Blue yakorewe akaririmbo nk’ingabire kugira abamenyekanisha...
Akaririmbo Mama La Mama ka Gaga Blue ngo yayikorewe nk’ingabire -Gift- ku bashimwe ivyiwe noneho bakipfuza ko abamenyekanisha. Mama La Mama akaririmbo ka Gaga Blue kamaze gushirwa ahabona ku rubuga...
View ArticleBig Fizzo nawe yinjiye mu gitigiri c’abarabwa cane kuri Youtube
Akaririmbo Konzi katumye Big fizzo yinjira mu gitigiri c’abarundi barabwa cane ku rubuga rwa Youtube. Inyuma ya Sat-b, Big Fizzo nawe yinjiye mu gitigiri c’abaririmvyi b’abarundi barabwa cane mu mwanya...
View ArticleBest Life biteguriye gushira ahabona amasanamu y’akaririmbo “Hello”
Best Life bagiye gushira ahabona amasanamu y’akaririmbo “Hello” bashobora kuba bakorewe n’umuhinyanyuzi akomeye i Buganda. Inyuma y’amasanamu y’akaririmbo “Your Vodo” yasohowe mu kwezi kwa kane...
View ArticleIndoto Concert i Gitega ngo ashobora kuba ari vuba
Igiteramo Sat-b na Kebby baheruka gukorera i Bujumbura – Indoto concert – gishobora n’ukubera i Gitega vuba. Mu gihe baheruka gukora ibitangaza i Bujumbura, Kebby na Sat-b ngo bashobora gukorera...
View Article