Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Diamond Platnumz buca yugurura Tv na Radio muri Tanzania

Hampande y’ikaranga, Parfum, n’ukugurisha umuziki, Diamond buca yugurura Tv na Radio. Inyuma y’ukwugurura urubuga rwa “Wasafi.com” rugurisha umuziki, akugurura umurongo wa “Chibu Perfume”, Diamond...

View Article


Sat b yerekanye abatumye aba umuririmvyi w’umwaka

Abamutumye abasha kuba umuririmvyi w’umwaka kuri Rfm, Sat-b yabashimiye abicishije ku mbuga Ngurukanabumenyi. Kuba Sat-b yagizwe umuririmvyi w’umwaka wa 2017 n’insamirizi RFM -I radio iririmba- ngo...

View Article


#indundi Hits Show |Guest:Channy Queen

Indundi Hit show with Channy Queen 296 total views, 0 views today

View Article

Ami Pro buca ashinga urwiwe

Akoresheje urubuga rwiwe rwa WhatsApp, umumenyeshamakuru asanzwe akorera insamirizi Buja Fm, Ami pro, yamenyesheje ko buca akora ubugeni. Uwo mumenyeshamakuru ari mu bagize igihe bumvirizwa cane aha...

View Article

#indundi | Amafoto y’ubugeni bwa Adora

Habonetse amashusho y’ ubugeni bwa Adora, naho tutabashije kumenya iyo yabugiriye. Amashusho atandukanye yabonetse ku mbuga nka Facebook zisanzwe zikoreshwa n’umuririmvyikazi uwimana Adora. Ayo akaba...

View Article


#indundi Music|Magic Soldier By Magic Kingorongoro Ft Esther Nish

703 total views, no views today

View Article

#indundi Music|Urukundo By Marembo

3,335 total views, 0 views today

View Article

Diamond ngo yipfuza kugira inzu mu Rwanda

Diamond yipfuza kugura inzu I Kigali, ariko akibaza ikibanza ciza aho yogikura, ahitamwo Kubibaza aba fans. Diamond Platnumz inyuma y’inkuru ko buca yugurura urubuga rwa Television muri Tanzania hamwe...

View Article


R flow yasubiriye kwumvikana mu ndirimbo

Umurwi Just Family wo mu Rwanda wifadikanije na R flow wasohoye akaririmbo Single Boy, banagakorera amasanamu.   Inyuma y’ igihe asa n’uwuri mu gacerere, umuririmvyi R Flow agize igihe abarizwa I...

View Article


Chany Queen yavuze igituma yashimye gukorana na Kim Frans record

Amasanamu y’indirimbo ngo abantu boyitega muri uno mwaka, ivyo akaba abiziga kuri Kim Frans ngo yemera agashikana. Ukuba Kim Frans ari umuntu avuga agashitsa ni kimwe mu vyatumye Chany Queen ashima...

View Article

Master Muzik ngo yaranguye vyinshi mu myaka 2 imaze ikora

Masterland avuga ko bafise vyinshi bashitseko muri ino myaka 2 bamaze bakora. Mastermuzik ngo barakwije imyaka 2 bariko barakora ubuhinyanyuzi n’ugufasha abaririmvyi aha iwacu. Abo bakaba bashima cane...

View Article

#indundi | Double Jay na Franck ngo buca basezererwa mw’iteka na Ikoh

Franck na Double Jay ngo igihe bari bafitanye na Ikoh caraheze, basigaje gusesererwa n’iteka ntangere. Umwana avuye iwabo akaja kurondera ubuzima ngo ntibisigura ko afitanye ikibazo n’abavyeyi canke...

View Article

#indundi Music|Mfura ya mama by Marembo

368 total views, 0 views today

View Article


Amasanamu ya Gospel atamenyerewe aha Iwacu

Fofo na Davis bakoze amasanamu y’akaririmbo kabo “Amateka”, ayo akaba atandukanye cane nayo tumenyereye. “Yampinduriye amateka, umunyavyaha mpinduka umwamikazi n’umuherezi.” Ayo niyo majambo yumvikanye...

View Article

My Time yahavuye isohorerwa amasanamu

Amasanamu y’akaririmbo “My time” ka Happy Famba yakozwe na Brian Smith yashizwe ahabona. Inyuma y’amasanamu y’akaririmbo Why me yasohoye haraheze imisi, umuririmvyi Happy Famba yahavuye asohora ubu...

View Article


#Indundi Weekly Music | Top5 Week 3

1.Mfura Ya Mama By Marembo | Download: 124 | View :457     2.Tariku Swalat By Baldwin Bilal | Download: 73 | View :212 3.Ubudasa By Pauzon Buramatari | Download: 70 | View :301     4.Nduwiwe By Jaylo |...

View Article

Ubu nibwo buryo bw’ugushigikiramwo Aron Nitunga bwashizweho

Uburyo butandukanye bwaba ubukoreshwa na bose eka n’ubukoreshwa na bake buramaze gushirwaho. Ngo bikunde Aron ashigikirwe. Haba aha iwacu canke mu gihugu kibanyi c’Urwanda abaririmvyi batandukanye...

View Article


#indundi | 30 billion Concert ya Davido I Kigali ni vuba cane

Davido ngo aritezwe I Kigali mu Rwanda , akazohakorera igiteramo citiriwe indirimbo yiwe nshasha 30 Billion.  Mu kwezi kwa Kane ngo niho Davido azoshika I Kigali kuhakorera igiteramo, ico kikazoba kiri...

View Article

Best Life Music mu mahiganwa mpuzamakungu

Best Life igiye guserukira Uburundi mw’ihiganwa AMI, bagasaba gusidukana n’iyonka mukabatora.  AMI ni imwe muma Awards asanzwe atangwa muri Afrika, iyo ikaba isanzwe itangirwa mu gihugu c’Ubuganda. Uno...

View Article

#indundi Music|Impanuro By Digital Band Ft Fabelove

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live