Amasanamu ya Nzokudigadiga ya Lolilo yashizwe ahabona
Kuri uyu wa mbere, Lolilo abicishije ku rubuga rwiwe rwa YouTube yasohoye amasanamu y’akaririmbo Nzokudigadiga. Inyuma y’amajwi y’indirimbo Nzokudigadiga, Lolilo yahavuye ashira ahabona ayo masanamu....
View ArticleIki nico Big fizzo yavuze ku baririmvyi bakoranye indirimbo
Big fizzo ngo abo bakorana indirimbo siwe abafasha gusa ahubwo ngo nabo barafise ico bamufasha. Gukorana n’abandi baririmvyi indirimbo, Big Fizzo nawe ngo birafise ico bimwungura, ivyo yabishikirije mu...
View Article#indundi Tv | Conference | Fally Ipupa ica muzanye Mu #Burundi
1,737 total views, 1,737 views today
View ArticleHamenyekanye umusi Sat-b azosubirira gukora igiteramo
Umusi, ikibanza n’umwe mu bazofatanya na Sat-b mu giteramo buca akora, nivyo vyabaye birashirwa ku mugaragaro n’uwo mwanditsi w’indirimbo Feel Love. Uwa mbere bazoba bari mu giteramo ca 1 Sat-b...
View Article#indundi Weekly Music | Top5 Week 51
Tubashigikire akaririmbo gahamagarira abarundi gushigikira abana bafise ikibazo c’ubumuga, niko katwaye ikibanza ca 1 mu ndirimbo 5 zakunzwe muri ino ndwi kuri indundi. kakaba kakurikiwe n’utundi...
View ArticleUgushaka kwumvirizwa na benshi nivyo bihanze Emery sun
Emery Sun ngo ashima gukoresha n’izindi ndimi ngo abashe kwumvirizwa na benshi, ubona ko n’uburundi buri muri Afrika y y’ubuseruko. Kuba Uburundi buri muri Afrika y’ubuseruko, barikumwe n’ibihugu...
View ArticleVG Wawa yasezeye mu muziki
Wawa ngo akazi k’umuziki agiye guhagarika kubera ugusabwa amahera y’umurengera kandi nawe ataco ariko arinjiza. Kuba ibibanza vyose ahonyoyemwo asabwa amafaranga, niyo mvo nyamukuru yatumwe umuririmvyi...
View ArticleIry Tina yashikije isezerano
Amasanamu asukuye y’akaririmbo Bad mind ka Iry Tina yahavuye asohoka. Bad Mind akaririmbo Iry tina yaheruka kwemera gusohorera Amasanamu mu misi, yahavuye ashitsa isezerano gasohorwa kuri uyu wa 4 ku...
View ArticleMirror team bagarutse na “Ntumbaze”
Amasanamu atabonekamwo izuba na gato niyo abasore bagize umurwi Mirror Team basohoye. Inyuma y’amezi umunani ata gakacira ku ruhande rw’amasanamu, abagize umurwi Mirror Team bahavuye bashira ahabona...
View Article#indundi Tv | Bad Mind by Iry Tina Da Queena OFFICIAL VIDEO
2,038 total views, 0 views today
View ArticleHope irakoze na bagenziwe basohoye akaririmbo bise “c’est ca”
Hope Irakoze n’umurwi wiwe 3Hills bashize ahabona amasanamu y’akaririmbo kabo gashasha bise “c’est ca”. Inyuma y’akaririmbo Vimba Vimba bakoranye na Kidum banakorera amasanamu ateye igomwe akozwe...
View ArticleMiss Erica nawe agiye kurangiza umwaka n’akaririmbo “Ubuziraherezo”
Miss Erica ashigikiwe na Kiwundo yashize hanze amasanamu y’akaririmbo kiwe gashasha “Ubuziraherezo”. Kiwundo yasubiriye kwizera umurundikazi Miss Erica bakorana igikorwa giteye igomwe, ico naco...
View ArticleNgo nta gisivya ibiteramo ca Fally Ipupa biraba
Imyiteguro y’igiteramo ca Fally ipupa ngo bigeze ku musozo, nayo we akaba yitezwe uno musi. Mu gihe abatamvyi n’abatari bake mu basanzwe bafasha Fally Ipupa bashitse i Bujumbura ku musi w’ejo isaha...
View ArticleDiaspora | Chonge yashigikiye umupira w’amaguru atunganya ihiganwa
Ugushima kubona abantu batwenga n’ukuba akina umupira w’amaguru ngo biri muvyatumye ashima gutera ihiganwa ry’umupira w’amaguru mu Kizuka. Inkino z’umupira w’amaguru zaratunganijwe ubu zikaba zigeze...
View ArticleNgo hari Igipfungu ku coba catumye Kidum acerwa mu giteramo i Kigali
Impamvu Kidum yacerewe iminota 30 mu giteramo ziracagoye gukora, naho ashitse yabibagije uwo mwanya yacerewe. Igipfungu ngo kiracari cose kubera ugucerwa kwa Kidum mu giteramo yakoze ku musi wa gatanu...
View ArticleChany Queen yagarutse ku kibazo c’urukundo
Mu karirimbo igihe mu aheruka gushira ahabona, yibaza igituma abahungu b’ubu batagifata nka nkama ivy’urukundo. Inyuma y’igihe ari mu gacerere akaririmbo Igihemu kari gaherutse kwemererwa aba fans ba...
View ArticleSat-b yabaye uwa 1 mu Burundi
Feel Love ya Sat-b yabaye iya 1 mu Burundi irabwe cane ku muhora wa YouTube . Indirimbo Feel Love ya Sat-b yakwijije incuro 100,000 imaze kuravwa ku rubuga rwa YouTube rwiwe. Iyo ndirimbo ikaba ibaye...
View Article