#indundi Music|Tubashigikire By Ange Bernice Ft Satb Double Jay Prince Mshindi
Tubashigikire By Ange Bernice Ft Satb Double Jay Prince Mshindi 792 total views, 792 views today
View ArticleMt Number one yatanguye gushima yongera asezera
Mt number one umwanya n’umwanya akaruhuko arimwo gashobora kura ngira agasubira inyuma. Imisi y’akaruhuko kuri Mt number one ishobora kuba yamaze kurangira, ivyo bikaba biboneka kubera ubutumwa...
View ArticlePreeze aravuga kuvyo kugura abamukurikirana kuri Instagram
Kugura abamukurikira kuri Instagram ngo si vyiza na gato, kuko utamenya aho ugeze mu bikorwa vyawe. Preeze aheruka kwigina kuba amaze kuronka abantu bamsongikirana ku rubuga rwa Instagram bashika...
View ArticleKuri Redemption voice ikidahinduka n’ubutumwa bufatiye kuri bibiliya batanga
Abagize umurwi redemption Voice bavuga ko kuribo ikidahinduka ari ijambo ry’Imana ariko ngo imidiho barahindura. Ikidahinduka kuri Redemption Voice ngo n’ubutumwa batanga bufatiye kw’ijambo ry’Imana,...
View Article#indundi Music|Umutima W’Afrika By Babriyano & Mathias
Umutima W'Afrika By Babriyano& Mathias 1,713 total views, 1,713 views today
View ArticleMu Majambo akomeye Omer yipfurije isabukuru nziza umukunzi wiwe
Omer Akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, yipfurije umukunzi wiwe isabukuru nziza. Omer umwe mu nararibonye mu muziki kavukire ucanze n’uwa none, TradiModerne, yafurije isabukuru umukunzi wiwe...
View ArticleEmery sun ng’umunezero afise awuterwa n’urukundo
Emery sun abicishije mu ndirimbo “Nalewa” yerekanye uburyo urukundo amukunda rwamye mu masengesho. Inyuma y’aho amenyeshereje ko akaririmbo gashasha buca gashirwa ahabona, uwo muririmvyi yashize...
View ArticleIvy’uburwayi bw’ijisho rya Masterland ngo bizotomoka mu misi iza
Ivy’ijisho rya Masterland ngo ntawoshoka abivugako menshi kuko abaganga bagifise vyinshi vy’ukuraba kuriryo. Ubutumwa butandukanye bubandanya burungikirwa umuririmvyi akaba n’umuhinyanyuzi Masterland,...
View ArticleRayvanny yavuze ku ndirimbo yiwe na jason derulo itarasohoka
Abakurikiranira hagufi ibikorwa vy’indirimbo za Rayvan ngo nibahumure kuko indirimbo yakoranye na Jason ikiriko iratosorwa. Indirimbo Rayvanny yakoranye na Jason Derulp mu kwezi kwa gatandatu kw’uno...
View ArticleAmasanamu y’akaririmbo Bad mind ka Iry Tina agiye gusohorwa
Iry Tina ngo aracabandanya akora, hampande ya Suprise abikiye abamukurikirana ngo azoshira ahabona amasanamu ya Bad Mind vuba cane. Akaririmbo gashasha k’umuririmvyikazi Iry Tina abarizwa mu gihugu...
View ArticleGn Nephew nawe yahambije abandi muri Vevo
Gn Nephew nawe yinjijwe muri Vevo, ubu akaba azohora asohora amasanamu acishijwe muri urwo ruganda. Inyuma y’umuririmvyi Big Fizzo yinjiriye mu murwi w’abarundi babarizwa muri Vevo, uwundi muririmvyi...
View ArticleAmasanamu ya Kayengayenge RMX ya Yvan Muziki yamaze gushirwa ahabona
Yvan muziki yahavuye ashira ahabona amasanamu y’akaririmbo Kayengayenge RMX. Inyuma y’igihe kitari gito karindiriwe cane, amasanamu y’akaririmbo Kayengayenge RMX yahavuye ashirwa ahabona. Ayo masanamu...
View ArticleRally Joe yavuye mu gacerere amasanamu mashasha buca asohoka
Igenekerezo rya 31 Kigarama, Rally Joe azokora igiteramo c’ugushira ahabona amasanamu y’akaririmbo kiwe gashasha. My Booboo Niko karirimbo gashasha umuririmvyi Rally Joe azoshira ahabona ku musi wa...
View ArticleBig Fizzo buca asohora amasanamu y’akandi karirimbo
Big fizzo agiye gusohora amasanamu y’akandi karirimbo inyuma ya Urambabaza. Inyuma y’amasanamu y’akaririmbo Urambabaza, Big Fizzo yatanguye gukwirakwiza ku mbuga asanzwe akoresha ko hari ayandi...
View ArticleIgipfungu ni cinshi ku mukobwa Emery sun avuga muri Nalewa
Kubwa Emery sun ngo abavuga ko uwuri inyuma kuri Cover y’indirimbo yiwe ari umukunzi wiwe ngo baribesha. Ngo sivyo na gato. Mu kiganiro Emery sun yahaye indundi Magazine avuga kuri iyo ndirimbo,...
View ArticleCherif Pro yaraye ahezagijwe imfura y’umuhungu
Cherif Pro yaraye aronse imfura yavukiye rimwe nawe, kuriwe n’umugisha ugeretse ku wundi. BIMFURANZIMA Lucabel Elio niko kazina gaheruka guhabwa imfura Cherif Pro aheruka kuronka. Aho hari ku musi...
View Article#indundi Hits Show|Emery Sun na VG Wawa ntibabona kumwe ikibazo c’umuziki
Mukiganiro co kuri uyu wa mbere umumenyashamakuru Lee Marvin asazwe agikoresha yagarutse cane kubutumwa buri mu ndirimbo zisazwe ziriko zirakundwa cane muri inomisi aha mu gisagara ca Bujumbura eka no...
View ArticleKuri Chany Queen agacerere karangiye
Chany Queen afashijwe na Kim Frans Record bagiye gushira ahabona akaririmbo kiwe gashasha. Chany Queen agiye kuva ju gacerere agizemwo imisi, akandi karirimbo gashasha ngo kagiye gusohoka kuri uyu wa...
View ArticleSat-b na Payway bashobora kuba bakorana
Sat-b ashobora kuba agiye canke asigaye akorana n’ishirahamwe Payway. Inyuma y’ibikorwa biteye igomwe aheruka gukora mu gushira ahabona amasanamu ateye igomwe y’akaririmbo Feel Love, Sat-b ashobora...
View ArticleMcmello Mclove aheruka kurushinga
Mu ntara ya Muyinga ngo niho umuririmvyi Mcmello aheruka gushingira urugo ashima kuzubakira n’umukunzi wiwe mu Canada. Amakuru dukesha abegereye Umuririmvyi Mcmello Mclove n’uko uwo muririmvyi asanzwe...
View Article