M Lee yasohoye amasanamu atandukanye n’ayasanzwe amenyerewe aha Iwacu
M Lee yasohoye amasanamu y’akaririmbo yise African Girl, ayasa n’ayatandukanye n’ayasanzwe amenyerewe aha Iwacu. Inyuma y’uturirimbo nka Nioneshe, Uyu demu yakoranye na Big Fizzo hamwe na Mtoto wa...
View ArticleYoung Spit yagarutse n’akaririmbo Dance Floor
Akandi karirimbo k’umuririmvyi Young Spit kashizwe ahabona, ako nako akaba yakise Dance Floor. Nako nyene kakaba karabishijwe mu rukundo. Young Spit n’umwe mu baririmvyi b’abarundi babarizwa ku...
View ArticleEmmanuel Macron yarijije benshi mw’ijambo yashikirije basezera Johnny Hallyday
Emmanuel Macron mw’ijambo yashikirije imbere y’urusengero rwa katorika rwitiriwe Madeleine, yagarutse ku buryo ubufaransa buzokwama bwibuka uwo muhisi Johnny Hallyday. Mu gihe hariko hasezerwa irya...
View Article#indundi Music|Icizere By Ka Fox Ft Joachim Smith
Icizere By Ka Fox Ft Joachim Smith 6 total views, 6 views today
View ArticleUku niko Ashley Diva yabonye igiteramo aheruka gukora
Ashley Diva ngo uko igiteramo cagenze kwose arashima Imana, naho uko vyagenze atariko yabishaka mu ntango Igiteramo c’ishirwa ahabona ry’amasanamu y’indirimbo “My Level”, Ashley avuga ko ashima Imana...
View Article#indundi Hits Show Top 5 week 49
Mu kiganiro co kuri uyu wagatanu, lee Marvin yisunze ku ndirimbo z’abarundi ziriko ziravuzwa cane muri ino misi mu gisara ca Bujumbura cane cane ku ndirimbo iri mu kibanza ca mbere ca Top 5 Feel love...
View ArticleIkoh yahinduye Logos, Haruna avuga igituma bahinduye
Logos nshasha ya Ikoh ngo ivuga muri make ibikorwa bakora, nayo iyahahora ngo bayihinduye kuko yarimaze igihe kinini. Iyindi Logos nshasha izotangura gukoreshwa mu mwaka wa 2018 y’ishirahamwe Ikoh...
View ArticleIki nico coba cateye Big Fizzo kuva mu giteramo ca Ashley hakiri kare
Big Fizzo na bamwe mu bandi baririmvyi ngo bakinjuye hakiri kare mu giteramo kubera amajwi y’ivyuma yasohoka nabi. Big Fizzo co kimwe na Abandi baririmvyi bakomakomeye ba hano iwacu bari bitabiriye...
View ArticleAkaririmbo Dibi dibi kumvikanamwo Ashley Diva kashizwe ahabona
Amasanamu y’akaririmbo Dibidibi Ashley Diva yakoranye n’umunyaKenya, kitangiye imbere My Level yaheruka kwemera gushira ahabona. Mu gihe hakirindiriwe amasanamu y’akaririmbo My Level ka Ashley Diva,...
View ArticleGaaga Blue yavuze bikomeye kuri Diamond na Vanessa Mdee
Gaaga Blue ngo Diamond na Vanessa Mdee, nibo baririmvyi ashima ko bakoranye yogira igisumbirije yohanoba muri kino gihe. Hampande y’umuririmvyi Young Dee bamaze gukorana Akaririmbo muri Tanzania, Gaaga...
View Article#indundi Hits Show| Menya ubucuti buri hagati y’umuririmvyi Sat-B na Miss...
Mu kiganiro co kuri uyu wa mbere, mugezi wacu asazwe akoresha ikiganiro indundi hit show yahagaze ahanini ku giteramo kizobera kuri Lacoste beach aho Sat b azosubira kugaragara mu giteramo inyuma...
View ArticleIvya R Flow na Jason Derulo vyamenyekanye
Jason Derulo aravye nabi, R flow arashobora kumusubirira. Ivyo vyumikanye mw’iwi ry’igitangaza yaririmbanye muri Video aho bahana umwanya na Jason Derulo. Akoresheje uburyo bwa none bwitwa Smule,...
View Article#Indundi Weekly Music | Top5 Week 50
Akaririmbo Ingoma z’Iwacu niko kagarutse mu rutonde rw’indirimbo 5 zikunzwe ku rubuga rwa Indundi Magazine muriiyi ndwi. Izi ndirimbo zabonetse nka Babongere, Hindura zose zakorewe muri Ikoh hamwe na...
View ArticleMasterland yahagaritse ibiteramo kubera amagara amukitswe
Kubera amagara amukitse, Masterland yavuze ko atagikoze ibiteramo yari yateguriye abakunzi b’umuziki wiwe mu mpera z’uyu mwaka. Masterland ngo ntagishoboye gukora ibiteramo yari yemereye abakunzi...
View ArticleAbazitura Kim Frans record ngo ntibazogaya
Geoffrey umuhinyanyuzi mushasha muri Kim Frans records avuga ko ugukora muri Kim Frans ata ruhombo rurimwo, ngo naho yarasanzwe amenyereye ako kazi ariko avuga ko azohamenyera vyinshi. Uwo muririmvyi...
View ArticleYemi Alade aritezwe mu mpera z’uyu mwaka
Yemi azoteramisha abanya Kigali kuri uyu wa 31 kigarama muri Kigali Conference Center. Mu gihe Fally Ipupa azoteramisha abanya Bujumbura mu mpera z’uyu mwaka, abandi baririmvyi bakunzwe muri kano...
View ArticleAshley Diva yasohoye amasanamu ya My level
Akaririmbo My Level ka Ashley Diva kari karindiranywe igishika cinshi, kahevye karasohorwa kuri uyu wa gatatu. Inyuma y’igihe kitari gito karindiranywe igishika cinshi, umuririmvyikazi Ashley Diva...
View Article#indundi Music|Connexion Idacika By Fullife
Connexion Idacika By Fullife 406 total views, 406 views today
View Article