Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

#indundi | Patient Matabaro ntakibarizwa ku mugabane wa Afrika

Naho ngo yimukiye muri Canada, Patient yemeza akazi k’umuziki adahagaritse, ariko ngo azobandanya nubwo bizomufata akanya ko kwirondeza. Patient Matabaro ubu abarizwa muri Canada, uwo ngo akaba...

View Article


Anrison Vestine ngo ashobora kuririmba no mu gishinwa mu rukurikirane...

Ukutakirwa neza kw’indirimbo ziririmbwe mu Kirundi mu bushinwa gushobora gutuma Vestine ashira mu rukurikirane ruzokurikira indirimbo ziri mu gishinwa. Mu rukurikirane rw’indirimbo zizokurikira,...

View Article


Bobona aravuga kw’ifatwa ry’amasanamu y’akaririmbo Yambi

Ifatwa ry’amasanamu y’akaririmbo Yambi ngo ntibizoroha kuko bimusaba kugaruka mu gihugu ciwe c’amavukiro. Indirimbo Yambi ya Bobona iheruka gushirwa muri top5 y’iyi ndwi ya 48 kuri Indundi magazine ngo...

View Article

Video | Don Brighter aririmba “Bambarize” mu giteramo muri USA

Ibikorwa Vya Don Brighter birabandanya, inyuma y’ishirwa ahabona ry’akaririmbo y’akaririmbo “Bambarize”, muri USA abandanya kwitabira ibiteramo. Umuririmvyi Don Brighter ku musi wa gatandatu yari...

View Article

Prince Mshindi yateje amadidane mu mwambaro w’abisiramu

Mu mwambaro w’abisiramu kwifoto, Mshindi yamenye Inda ku rukumu ko umukirisu aterekanwa n’ukwari, ahubwo yerekanwa n’uwafise muriwe. I foto yiwe yambaye umwambaro w’abisilamu yashizwe ku rubuga rwa...

View Article


Wolper agaruka ku rukundo ruvurwa hagati yiwe na Alikiba

Wolper mu kiganiro FNL ca EATV yavuze ko we na Alikiba bazinanye kuva atawuramenyekana muribo, ngo hari ivyo yibutse baciyemwo bimutera kwandika amajambo yashize kuri Instagram. Wolper yavuze bihagije...

View Article

Big Fizzo asigaye afise akabare

Mu kiyago yagiranye n’ikinyamakuru co mu Rwanda yemeje ko asigaye afise akabare ngaha kandi kari mu kamutwara umwanya. Mu kiganiro Big Fizzo aheruka guha ikinyamakuru Inyarwanda aho yerekeza I Kigali...

View Article

Ed Naky yasubiriye gukuramwo umutima abamukurikirana

Abakurikirana urubuga rwa Facebook bakuwemwo umutima n’ukwibaza ko Ed Naky yoba yibungenze. Umwigeme Nakael yasubiriye kandi gukuramwo umutima abakurikirana ibikorwa vy’urubuga rwiwe rwa Facebook,...

View Article


Abo muri Ikoh basabira abataberekwa ngo “Babongere”

Prince Mshindi, Zoe, Double jay na Duniano bagiye hamwe bakora Akaririmbo aho bashimira ababashize hasi. Inyuma y’uturirimbo nka Mpa Akanya, Itakua N’umu, You’ll Love changes n’utundi, Ikoh yashize...

View Article


#indundi Hits Show|Guest: king Platta

indundi hits show co kuri uyu wa mbere Plata yerekanyeko indirimbo yiwe “Unkanga nkande” ko ari indirimbo yerekana ko atanumwe yogira ubwoba atewe n’umuntu numwe naho hari umuntu yashatse kubwira , uwo...

View Article

#Indundi Weekly Music | Top5 Week 49

Indirimbo 1 gusa, Ukanga nde wewe ya platini niyo yagarutse muri Top5 y’ino ndwi ya 49 y’uno mwaka, nayo izindi zisigaye zaje harimwo indirimbo nshasha gusa iya Sat-b Feel Love yabaye iya 1, Marry You...

View Article

‘Qu’est ce qu’il y a” ya Mr Champagne na Fizzo yamaze gushirwa ahabona

Abari barindiranye igishika cinshi indirimbo nshasha ya Big Fizzo na Mr Champagne, inyota igiye kugabanuka, ako karirimbo akaba karamutse gashirwa ahabona kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 5 kigarama...

View Article

Mt Number one yasohoye amasanamu y’akaririmbo “Nyemerera”

Amasanamu asa nk’ay’amajambo ari mu karirimbo “Nyemerera” kari mu mudiho utambika, niyo umuririmvyi Mt Number one yashize ahabona kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 6 kigarama. Ibintu biratanguye kuja...

View Article


#indundi Music|Bisesagu By Paouson Buramatari

Bisesagu By Paouson Buramatari 144 total views, 144 views today

View Article

#indundi Music|Moyo Wangu Tulia By Inyange Adriano

Moyo Wangu Tulia By Inyange Adriano

View Article


#indundi Music|Babongere By Frank Duniano, Double Jay ,Big Zoe ,Prince Mshindi

Babongere Byfrank Duniano Double Jay Big Zoe Prince Mshindi

View Article

Rubanza Jay avuga ku busuma bwamuvurwako

Rubanza Jay ntahakana Ivy’igurishwa rya Beat 1 ku bantu 2 , Ariko akavuga ko arivya kera. Aho amakosa amwe akayata ku baririmvyi ubwabo. Ibiheruka kuvurwa kuri Rubanza Jay ko yoba ari umwe mu bafukamye...

View Article


Ibishasha vya Emery Sun vyamenyekanye

Emery Sun agiye gushira ahabona mu ndwi iza indirimbo nshasha yise Nalewa.  Inyuma y’akaririmbo Blabla, Eemery Sun yafashije mugenziwe Dj Pro, uwo muririmvyi yamenyesheje mw’ijoro ryakeye ko hari...

View Article

Abarundi bane bitabiriye igikorane c’Urwaruka i Kigali

Big Zoe, Prince Mshindi, herve na DJ Mulla bitabiriye Uburumire i Kigali bw’igiteramo aho hampande y’ukuririmba bazovuga ivy’igikorwa kuri Beat. Abarundi bane barimwo Pince Mshindi, Big Zoe, Herve...

View Article

Platini na Fizzo ngo ntibabibona kumwe

Platini ntarya umunwa ko afise uwo yabwiye mu ndirimbo “Unkanga nkande”, iyo ngo yashimye kuvuga ibihushanye n’ivyo Fizzo yavuze mu ndirimbo “Konzi”, yiganye vyinshi muriyo. Indirimbo unkanga nkande ya...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live