Big Fizzo agiye gusubira i Kigali
Big Fizzo ari mu batumire mw’ishirwa ahabona ry’urukurikirane Imbaraga rwa Charly na Nina I Kigali mu Rwanda. Inyuma y’amezi yababa 6 atahonyoje ikirenge i Kigali mu Rwanda, Big Fizzo agiye gusubira...
View ArticleSat b yashitse afrika y’epfo
Akandi karirimbo gashasha ka Sat-b, amasanamu ariko afatirirwa mu Afrika y’epfo. Mu gihe amaze igihe atagakacira, Sat-b ngo mu misi ya vuba arashira ahabona indirimbo nshasha kandi izoza itavyorosha...
View ArticleUrban Boys yagiriza Safi kuba ari umusuma
Induru ni zose hagati y’abasigaye muri Urban Boys n’uwakinjuye, bakavuga ko yagiye abanyaze. Umurwi Urban Boys usanzwe umenyekanye cane mu gihugu kibanyi c’Urwanda, wigeze gukorera igiteramo aha Iwacu,...
View ArticleVideo | Munyare asaba leta kugarukana Ibinyugunyugu kuko vyahonye
Gitoro na Munyare bemeje ko ibinyugunyugu vyahonye, Munyare agasaba ko leta yoraba ikabigarukana. Ibikorwa vya Comedy kuri Gitoro ntibihagarara, ahubwo bibandanya bishirwa ahabona. Comedy zitari nke...
View ArticleElly’s boy yamuteye amashurwe mu karirimbo yasohoye
Inyuma y’ako bakoranye na Kebby na Dj PRO, Elly’s boys yasohoye ako yise Nikubembeleze. Nikubembeleze niko karirimbo gashasha k’umuririmvyi Elly’s boy aheruka gushira ahabona, ako kakaba kaje...
View ArticleYvan Muziki aracarindiriweko amasanamu ya Kayengayenge RMX
Yvan muziki yahavuye asohora Kayengayenge RMX, ariko nubu bakaba hakirindiriwe amasanamu yayo. Mu gihe ako karirimbo kari kagize igihe karindiranywe igishika cinshi, Yvan Muziki aho aherereye ku...
View ArticleUmuzo wa Ashley I Bujumbura witezweko vyinshi
Uko Ashley Diva akumbuye Uburundi ni nako abarundi bimwiteze n’igishika cinshi, kuko n’ibiteramo vyatanguye gutegurwa. Amasanamu y’akaririmbo My Level ngo buca gashirwa ahabona, kandi azoshirirwa...
View Article#indundi Hits Show week44 Top5
Mu kiganiro indundi hits show co kuri uyu wambere niho vyagaragaye ko Happy famba yivye amajambo amwe amwe ayashira mundirimbo yiwe shansha my time .Ayo majambo akaba ari amajambo asazwe azwi kuri...
View Article#indundi Weekly Music | Top5 Week 45
Muri Top5 y’indwi ya 45, abaririmvyi nka Lolilo, Emery sun, Dj Pro bagarutsemwo. Eka n’abakiri bashasha nka Davy ari Muri Redemption Voice Nina n’abandi nabo ntibabuze ikibanza. 1.Nzokudigadiga By...
View ArticleSpok’s yavuze utubirya tuzoba turi mu giteramo ciwe
Spok’s yaciye ku mayange bimwe mu bitamenyerewe bizokoreka mu giteramo ciwe co kuri uyu wa 12 munyonyo. Mu giteramo c’ishirwa ahabona ry’urukurikirane rw’umuririmvyi Spok’s, ngo hazoba hari utubirya...
View ArticleEmery Sun yavuze ko atakiri muri Ikoh, anavuga icabitumye
Ikoh ntiyakoze ivyo yavuganye Emery Sun, bituma akinjura muri uwo mugambi You’ll Love changes Vol2. Uno musi Emery Sun ngo uwumukeneye ntamubariza muri Ikoh, kuko yaramaze gusezera kuva kera. Aho ngo...
View ArticleSwagg team +257 basohoye amasanamu abantu bakura inkofero
Akaririmbo Swagger team +257 basohoye kagumye mu mitwe y’abatari bake kubera ubwiza bwako. Inyuma y’agacerere k’igihe, umurwi Swagger Team +257 bashize ahabona amasanamu abariko barayabona bose bagenda...
View ArticleDj Pro yavuze Happy Famba amwimba no mizi
Happy Famba yimbwe mu mizi mu karirimbo Blablabla ka Dj Pro na Emery Sun. Mu karirimbo Blablabla Emery Sun aheruka gufasha mugenziwe DJ Pro, ngo yashimye kuvuga abantu batandukanye inyuma y’induru...
View ArticleUmurundikazi Dj Ira mw’ihiganwa mu Rwanda
I Kigali mu Rwanda, umurundikazi Dj Ira yihariye ikibanza ca mbere mw’ihiganwa rya Super Services Awards. Umurundikazi asanzwe akora akazi k’ukuvanga umuziki Dj IRA abarizwa mw’ihiganwa mu gihugu...
View ArticleUmurundikazi , Honey Asma, bivurwa ko asohokana na Katauti yahoze ari umugabo...
Inyuma y’ivyamuvuzweko kuri Diamond, Asmah agezwe kuvurwa ko basohokana na Katauti umunyarwanda yakoze ari umugabo wa Irene Uwoya. Umurundikazi yavuzwe ko kuvyarana na Diamond Platnumz, Honey Asma, ngo...
View ArticleHappy Famba ngo DJ Pro na Emery Sun bashaka kugomba gusa nawe
Happy Famba nawe yagize ico avuga ku majambo Dj Pro aheruka kumuvugako, uwo akaba atashimye kumuvugako menshi kuko ngo kubwiwe kumuvugako bisa n’ukuzura uwapfuye. Kuvyashikirijwe na Dj Pro kuba...
View ArticleInterview | Emery sun yavuze kw’ikunjura ryiwe mu mugambi You’ll Love changes...
Inyuma y’igihe havurwa ko Emery Sun atakibarizwa muri Ikoh aho yari yashize umukono ku masezerano yo gukorana nabo mu mugambi You’ll Love Changes Vol2, Emery yahavuye yemera kugira ico abivuzeko. Mu...
View ArticleVestine abaye umwigeme wa mbere atahukanye Isanganiro Award
Mu basore n’indirimbo zitari nke, umwigeme Vestine n’akaririmbo kiwe Vuga batahukanye ikibanza ca mbere muri Isanganiro Award. Vestine Anrson niwe ahavuye atahukana ikibanza ca Mbere mw’ihiganwa...
View ArticleSafi yahoze muri Urban Boys yakoranye akaririmbo na Rayvanny muri Wasafi
Safi Madiba ngo ntiyicaye naho aheruka kumenyesha ko yakinjuye mu murwi Urban Boys yaramazemwo imyaka irenga 7. Inyuma y’ukuvuga ko yakinjuye, Madiba ngo yaciye akubitira I Bugande aho yakoranye...
View Article