Quantcast
Channel: music – Indundi | Promote Burundi Beauty online
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live

Igiteramo Big Fizzo yakoreye mu butariyano ngo caritabiriwe bihagije

Bobona yemeza ko abarundi batari bake bitabiriye igiteramo ca Big Fizzo na bagenziwe baheruka gukorera I Milan muri Italie. Ibikorwa nk’umuririmvyi ngo yabonye vyagenze neza, abarundi batari bake ngo...

View Article


#Indundi Hit Show| Guest : Lynca

Mu kiganiro indundi hits show co kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 16 Gitugutu, umwigeme Lynca ari nawe yasubiyemwo indirimbo ”Agahengwe” ya Mudibu niwe yari umutumire muri ico kiganiro gisanzwe kiba...

View Article


Ama Foto ya Natacha n’umugandakazi Sheebah

Natacha yabonetse arikumwe na Sheebah uwo bivurwa ko bariko bakorana akaririmbo mu gihugu c’Ubuganda. Ama foto ya mbere y’umuririmvyikazi Natacha arikumwe n’umuririmvyikazi Sheebah yatanguye kuboneka,...

View Article

Big Fizzo yashizeko iyindi tatouage ku mubiri

Big Fizzo yashize ku mubiri Tatouage itaramenyekana icarico. Hampande ya Tatouage yahariye umuvyeyi wiwe, aheruka guterera i Bujumbura, Big Fizzo yasubiriye kandi kuboneka ashirishako iyindi ku kuboko....

View Article

Spok’s buca ashira hanze urukurikirane yise “Ndakumbuye Iwacu”

Abaririmvyi batari bake bazofasha Spok’s ku musi w’ugushira hanze urukurikirane rwiwe rushasha. Spok’s man ngo agiye gushira ahabona urukurikirane rwiwe rushasha, urwo akaba yarwise “Ndakumbuye Iwacu”....

View Article


#indundi weekly music | Top5 week 42

1. Amananiza By Emery Super Ft Sd Le Pygme | Download: 177 | View :466 2.Kumbuka By King Plata | Download: 177 | View :4598 3.Twakuriye Ghetto By Sd Le Pygme | Download: 145 | View :2982 4.It Is My...

View Article

Spok’s arota gutahuka naho yayisavye kumujana mu mahanga

Imbere y’ugusubirirwa mu kibanza c’umuririmvyi w’umwaka muri Isanganiro, Spok’s acura intimba kuba mu mahanga ari batameze nk’Iwabo. Mu gihe imisi isigaye iharurwa Ku ntoke ngo Spok’s ashire ahabona...

View Article

Ama foto ya Divine Mugisha ashobora kutavurwako rumwe

Inyuma ya Ashley Diva, Divine Mugisha nawe ashobora kumuhamvya mu gitigiri c’abadahuza n’ababaraba ku nyambaro zabo. Hampande ya Ashley Diva yaramenyereweko cane kwambara impuzu zimwerekana uko ameze,...

View Article


#indundi Music|You By B-Bright

You By B-Bright

View Article


#indundi | Umurundikazi Mw’ihiganwa Idol ryo mu gihugu ca Swede ariko abica...

Mw’ihiganwa Idol ryo mu gihugu ca Sweden, habonetsemwo umurundikazi ageze ku ntambwe ishimishije. Hicintuka Jemima n’umwigeme w’umurundikazi abarizwa ku mugabane wa buraya afise ijwi ry’akataraboneka....

View Article

#indundi | Femi De j’abbat yugururiye imiryango abipfuza kwandikwa mu gitabo...

Mu gitabo ariko arandika, Nsengiyumva Minani Felicien batazira femi yashimye n’ugushiramwo uwariwe wese yipfuza kujamwo. Umuririmvyi akaba n’inararibonye mu Muziki ndundi Femi De j’abbat inyuma...

View Article

#indundi | Iry Tina aheruka gucibwako na ka malaria

Ingwara ya malaria niyo yatumye umuririmvyikazi Iry Tina ashikanwa kwa Muganga agashirwamwo n’amaserumo. Umuririmvyikazi Iry Tina abarizwa I Buganda uno musi amagara yiwe ntiyari yifashe neza Ku musi...

View Article

#indundi | T Max yahavuye asohora Cover yiwe

Cover ya T Max bwite yahavuye isohoka inyuma y’induru zuko yoba yakorewe iyitangana n’igihagararo afise. Mu gihe hari hagize imisi hari induru kubera Cover y’indirimbo nshasha ya T Max, kubera yoba...

View Article


#indundi Music| Ni Wewe by Herve Le Terminal

Ni Wewe By Herve Le Terminal

View Article

#indundi | Abakunzi ba Franck Duniano ngo bagume bari maso

Franck Duniano niwe mutumire kuri uyu wa 1 mu kiganiro indundi Hit show, aho azovuga ivy’indirimbo yiwe Itakua ngumu. Ibintu ngo ntibigiye kworoha Ku bakunzi b’umuziki w’umuririmvyi Bukuru Franck azwi...

View Article


Wema Sepetu yavuze kwiryama ryiwe kenshi kwa Diamond Platnumz

Hoba hari amakuru avuga ko umwigeme Wema Sepetu yigeze kuba agendana na Diamond Platnumz, ngo yoba ahora aja kuryama muri imwe mu nzu z’ico gihangange iri mu gace kitwa Tandale mu gisagara ca...

View Article

Sat_b ngo niwe yohawe Awards

Sat-b muri kino gihe ngo niwe ahabwa amahirwe yo guhabwa Awards mu gihe yoba ihari kuko ngo niwe agezweho muri ino misi. Muri kino gihe ngo umuririmvyi agezweho ni Sat-b uwo niwe umumenyeshamakuru...

View Article


Famba ngo iki nico gihe ciwe

Yigamvye bikomeye mu karirimbo My Time, aho yavuga ko iki arico gihe ciwe banka bemera. Mu karirimbo kari mu mudiho utambika, Happy Famba yigamvye avuga ko Iki arico gihe ciwe, ngo iki nico gihe ciwe....

View Article

Iry Tina buca asohora akaririmbo yise “Bad Mind”

Inyuma ya Mida ya Love, Iry Tina buca ashira hanze akandi yise Bad Mind.  Akandi karirimbo gashasha ka Iry Tina ngo kagiye gushirwa ahabona, ako kakaba kazitwa Bad Mind nkuko yavyemereye Indundi...

View Article

Tatouage Big Fizzo aheruka kwishirako zamenyekanye

+257 Per Sempre niko kajambo Big Fizzo yakurikije Foto ya Tatouage yashiriyeko muri Italy. Mu gihe yaheruka gushira Tatouage ku maboko ariko tutari bwamenye ico uwo muririmvyi yanditseko, yahavuye...

View Article
Browsing all 3189 articles
Browse latest View live